Uko wahagera

Umutegetsi mukuru w’ikigega mu gihugu ca Guinee, Aissatou Boiro yaragandaguwe


Abantu bitwaje ibigwanisho barashe, ku modoka ya Aissatou Boiro, mw’ijoro ryo ku musi wa gatanu, ku murwa mukuru w’igihugu ca Guinee, Conakry. Boiro yariko atohoza ivyavurwako, wari umugambi w’abategetsi, w’ukunyuruza, mu kigega ca Reta, hafi y’imilioni zibiri z’amadolari.

Umutegetsi muri Reta y’igihugu ca Guinee, yabwiye itororkanirizo ry’amakuru ry’Abafransa, Agence France Press,e kw’igandagurwa rya Aissatou Boiro, ari igikorwa c’abandi bategetsi ba Reta, barondeye kumunumya.
XS
SM
MD
LG