Korea ya ruguru catangaje umugambi w’ukurungika mu kirere isatellite kuri roquette ishika kure cane mu kwezi kuza,
Sanogo yongeye avuga kw’igikorwa ca mbere ciwe ari ukwubahiriza imibe z’igihugu ca Mali
Nta zindi mpamvu zikekwa mu rupfu rwiwe zoba zifatiye ku bugizi bwa nabi.
Reta zunze Ubumwe za Amerika ziri ku ruhande rwa Reta yemewe yavuye mu matora ya prezida Amadou
Merah avugwa ko yarashwe mu mutwe.
Amakuru ava mu gihugu ca Mali yatangaje ko umwuka mubi wiyongeye ejo ku musi wa gatatu
Ica gatatu c’aba Senateurs barashigikiye iyo ngingo
Kubera iyo ntsinzi Romney yaronse izindi ntumwa mirongo itanu na zine
Ivyavuye mu matora vyitezwe kumenyekana mu kiringo c’indwi
Ama grenade avugwa ko yatewe n’abantu bari mu modoka yariko irengana.
Amatora y'incuro igira kabiri muri Senegal
Prezida Zuma yamenyesheje ko Mandela ameze neza, kw’abaganga biwe banejerejwe n’ukugene ameze.
Bitegekanijwe ko kwimbura ibitoro Muri Uganda bitangura mu mwaka w’2013.
Inyuma y’ivyo biganiro vy’I Londres, umushikiranganji wa mbere, David Cameron yatangaje kw’intambwe zashitsweko.
Abategetsi bavugva kw’abantu barenga amajana atandatu bakomeretse
Olusegun Obasanjo yahoze ari prezida w’igihugu ca Nigeria, niwe ayoboye izo ntumwa
Yashiguwe ejo ku musi w’Imana mu ntara yiwe y’amavuko ya New Jersey.
Amatora y’umukuru w’igihugu asigaje indwi imwe.
Amerika irakira neza igihugu c’Ubushinwa gitera gikomera mu buryo buciye mu mahoro
Whitney Houston yitavye Imana afise imyaka mirongo ine n’umunani.
Voma ibindi