Reta Zunze Ubumwe za Amerika ziriko zisubira kwihweza imigenderanire yazo n’igihugu ca Uganda, bifatiye kw’itegeko rishasha rigeramira abakundana n’abo basangiye ibitsina
Turchynov yatangaje kandi ko Reta nshasha ishaka kugiranira imigenderanire mishasha ya kibanyi n’Uburusiya.
Prezida Mugabe, yatwaye igihugu ca Zimbabwe, kuva cikukira mu mwaka w’1980.
Prezida w’igihugu ca Ukraine, Viktor Yanukovych, yagirije abayoboye abatavuga rumwe na Reta, uruhagarara n’ubwicanyi vyiyongeye
Umusozi, Kelud, uri kw’izinga rya Java, caciriye imiriro, ku muhingamo wo ku musi wa kane
Pistorius yatangaje kw’ata majambo afise ashobora kuvuga, ku kugene yumva amerewe ku bijanye n'urupfu rwa, Reeva Steenkamp.
Prezida Obama, yarahayagije ubucuti bumaze igihe kirekire hagayi y’Ubufransa na Reta Zunze Ubumwe za Amerika
Uno musi ku w’Imana n’umusi w’uguhimbaza imyaka mirongo itanu irangiye umurwi w’umuziki w’Abongereza, the Beatles, userutse ubwa mbere, ku giteramo ca televiziyo yo muri Amerika
Ivyo bitero vyose vyabereye ku murwa mukuru w’igihugu ca Centrafrique, Bangui, ejo ku musi wa gatanu
Iyo ndege yari ivuye mu gisagara ca Kharkov, mu gihugu ca Ukraine, yari igiye mu gisagara ca Istambul
Inkino mpuzamakungu za Olympique zo mu gihe c’ubukanye zo mu gisagara ca Sochi zatanguye n’ibirori vy’ukwugurura izo nkino ejo ku wa gatanu
Aitzaz Hassan, yishwe ku musi wa mbere, mu gice kiri kure mu gihugu ca Pakistani ca Hangu, mu ntara ya Khyber Pakhtunkhwa.
Devyani Khobragade, yari akiri muri Reta Zunze Ubumwe za Amerika, ku muhingamo w’ejo ku musi wa kane,
Umutegetsi ajejwe gutabara w’ishirahamwe mpuzamakungu O-N-U, Toby Lanzer, yaragendeye, ejo ku musi wa kane, igisagara ca Bentiu, umurwa mukuru w’intara ya Unity.
Robert Gates avuga ko prezida Obama, yari afise amazinda ku migambi ya Reta yiwe y’ukwongereza inteko za Amerika, mu gihugu ca Afghanistani
Ishirahamwe CEEAC, ryatumyeko inama mu gihugu gihana urubibe na Centrafrique ca Chad.
Ejo ku wa gatatu, abaserukira Reta batangaje ko bari biteguriye gutera igikumu, ku masezerano yerekeye agahengwe vuba
Temperatures mu bice vyose, canke ibice bimwe bimwe vy’intara mirongo itanu zigize Amerika, vyari mu bukanye bukomeye cane, ejo ku musi wa kabiri, no mu ntara nka Hawai.
Ico gitero cabaye mu gihe abarwanyi bakorana n’umurwi al-Qaida bongereje inguvu zabo, mu bice vy’ibisagara vya Ramadi na Fallujah bafashe mu ndwi iheze.
Abahuza bo mu karere barashikirije integuro y’amasezerano, ejo ku musi wa kabiri, mu gihugu ca Ethiopia
Voma ibindi