Janet Yellen, yaronse amajwi mirongo itanu n’atandatu.
Abantu barenga ibihumbi amajana icenda na mirongo itatu na bitanu, muri iki gihe barara hanze, canke mu bibanza vy’igihe gitoyi
Ivyerekeye guhagarika ingwano bizoba biri mu bizokwihwezwa, mu biganiro vy’amahoro, hamwe n’ibindi bibazo bitari bike.
Benshi mu bari mu myiyerekano, bari bafise pancarte zisaba uburengenzira bw’ikiremwa muntu, bakanebagura amategeko abapfunga, akababuza gukora.
Papa Francis yatangaje kw’azogenderan ibisagara vya Amman, Bethlehem, na Yeruzelemu hagati y’italiki 24, n’italiki mirongo ibiri na zitandatu, z’ukwezi kwa gatanu.
Vyari bitegekanijwe kw’impande zigwana, zihura amaso mu yandi, i Addis Abeba ejo ku musi w’Imana, inyuma yuko ibiganiro bisibishijwe imisi itari mike.
Ejo ku musi wa kane,inteko za Reta zariko zitera zegereza umurwa mukuru w’intara ya Jonglei, Bor
Colonel Mamadou Ndala, yapfuye igihe imodoka yarimwo yagwa mu mutego, mu ntara ya Kivu yo mu buraruko.
Mugire Noel Nziza mu Miryango Yanyu no mu Banyu
Ingwano hagati y’abashigikiye prezida Salva Kiir, n’uwahoze ari icegera ciwe, Riek Machar, yadutse kw’italiki cumi na zitanu, z’ukwezi kw’icumi na kabiri.
Umurwi w’abarwanyi b’aba Islamu, Boko Haram, wariyitiriye igitero cabaye mu kibanza ca gisirikare, mu ntango z’uku kwezi, mu gisagara ca Maiduguri
Yabonanye n’umwana wiwe w’umuhungu mukuru, Pavel n’abavyeyi biwe
Italiki yerekeye urubanza rwiwe ntirashirwaho.
Abasirikare bane b’abanyamerika, bavurwa ko bakomeretse.
Ibiro vy’ishirahamwe O-N-U muri Sudani yo mu bumanuko, vyarasohoye igitigiri c’abapfuye ejo ku musi wa gatanu, cagabanije igitigiri cari catangajwe imbere yaho
Mikhail Khodorkovsky, yahoze ayoboye isosiyete icukdura ibitoro, Yukos, yabonwa n’abantu benshi nk’umuntu apfungiwe ivya politike
Umwe mu bashikirije integuro y’iryo tegeko, umushingamateka, David Bahati yavuze kw’abashingamateka berekanye ubutwari, mu gutora iryo tegeko.
Umumenyeshamakuru w’Ijwi rya Amerika, Service y’Igisomali, ari ku murwa mukuru Mogadisho, yavuze kw’umuganga w’Umunya Syria yakomeretse, muri ico gitero.
Ishirahamwe mpuzamakungu, O-N-U, rivuga kw’ingwano imaze imisi muri Sudani yo mu bumanuko, imaze guhitana abantu bagera ku majana atanu.
Ivyo Nawaz Sharif yabitangaje, ejo ku musi wa gatandatu, ariko arangiza ibiganiro na prezida w’igihugu ca Afghanistani, Hamid Karzai, ku murwa mukuru, Kabul.
Voma ibindi