Ikibazo kiri imbere n'ugusubira kwitoza kwa prezida Pierre Nkurunziza
Ishirahamwe, "UBUMWE", rijejwe gufasha kwiyungunganya, n'ugufatana mu nda.
Yaragendeye Ijwi rya Amerika, aho yatanze ikiganiro, ku rugendo rwiwe
Igiterwa ca Jatropha gifasha mu gukora amasabauni, amavuta, n'umwavu
Ibirori vy’ukwibuka iyo myaka mirongo itanu n’itatu irangiye, vyabereye mu gihugu cose c’Uburundi.
Iyo myiyerekano yataguwe n'ishirahamwe, "Engage for Action in Burundi", EFAB-Biraturaba
Yamara umugambwe UPRONA ntuzocika intege mu rugamba rwawo.
Ishirahamwe, “NEW GENERATION” ryitaho abana bo mw’ibarabara mu Burundi, rizoserukira Uburundi, n’akarere ka Afrika, muri ico gikombe c’isiyi yose.
Russ Feingold, yarahimirije, MONUSCO, gukora ibishoboka vyose kugira ituze umurwi w’abanyarwanda uri muri Congo FDLR, ngo nk’uko babikoze ku murwi M23.
Abatumire baravuze ku ruhara rwabo mu gufasha abakiri bato bafise ivyiyumviro vy’ugushiraho imirimo ibateza imbere.
Ku bw’ishirahamwe ryitaho nimpunzi ry’Abanyamerika, US Committee for Refugess, hagati y’abantu ibihumbi ijana na mirongo itanu n’ibihumbi amajana abiri, baragandaguwe mu kiringo c’indwi imwe.
Iyo ayo masezerano adashikwako, imirimo imwe imwe ya Reta yari isanzwe yuganye, yari kubandanya yugaye, mu gihe Reta ya Amerika, mu bwari kuba bubaye ubwa mbere, mu mateka yayo, yari kunanirwa kuriha amadeni yayo.
Ishirahamwe, “TUBANE”, ririko rirangura imigambi itari mike, mu Burundi
Ubuyobozi bwiza, bukorera ahabona kandi bwisigura, ku vyo bukora, nibwo bukenewe kugira ibintu bihinduke muri Afrika
Urwaruka rw’Abanyarwanda bafise ivyiyumviro vy’ugushiraho imigambi y’ukwiteza imbere, mu Rwanda, barakoraniye mu gisagara ca, Oklahoma City, kw'italiki zibiri n'italiki zitatu z'uku kwezi kw'umunani, aho baganiye ku buryo bw’ukwiteza imbere.
Yamara hari abakibona kw’impinga iki ndende, kugira Ubushinwa burengane Amerika.
Professeur, Leonce Ndikumana, avuga kw’amadeni ibihugu vya Afrika, vyaguranije atafashije mw’iterambere ry’Abanyafrika, kw’ahubwo yafashije mu kwongereza ubutunzi bw’abayanyuruje, mu gihe Abanyafrika babandanya kuriha ayo madeni.
Ishirahamwe Ejo Hazaza rifasha abana mu kubaronsa uburyo bw’ukwivuza, Projet COFAD igerageza guhuza abana bava mu bwoko butandukanye biciye mu nkino mu gihe ishirahamwe Extra Mile rifasha abana bajejwe ingo mu Rwanda kubera babuze abavyayi babo mw’ihonyaboko ryabaye mu Rwanda mu mwaka w’1994.
Desire Nziza aherutse gusohora Album yiwe nshasha yitwa, “UN”.
Voma ibindi