nta ntambwe ziboneka zashitsweko mu gihe ukutumvikana hagati y’ibihugu ku ngingo zofatwa kubandanya.
Ishirahamwe Kazoza ryashinzwe n’Abarundi baba mu gihugu ca Canada bafashe ingingo y’ugushira hamwe inguvu zabo n’ubuhinga bwabo kugira biyumvire uburyo bw’uguteza imbere iyindi miyabaga mu Burundi.
Amahiganwa y’ivyerekeye umuderi aramaze kuba incuro zitari nke mu karere ka Afrika.
Amatora yo muri Amerika yabaye ku musi wa kabiri uheze yahaye intsinzi Prezida Barack Obama.
Mu Burundi bivugwa kw’abana igihumbi bavuka muri rusangi ku musi
Ishirahamwe, “ELE Rwanda” ryatanguye ibikorwa vyaryo mu kwezi kw’icumi na kabiri mu mwaka w’2011
Ayo masezerano agenewe gukomeza imigenderanire hagati y'ivyo bihugu bibiri
Igihugu caragize iterambere mu vyerekeye ubumenyi
Prezida Obama yaravugiye mu gice ca presidence yiwe, citwa, East Room, inyuma yuko sentare nkuru ya Amerika ishikirije ingingo kw’itegeko rigenga ukugene Abanyamerika bivuza rituma Abanyamerika benshi bashobora kwivuza.
Ishirahamwe, “Kazoza”, muri iki gihe rifise abanywanyi mirongo ine na batanu.
Abashitsi batandukanye bari bitavye iyo nama.
Mu Barundi bari mu mahanga, bamwe bariga, mu gihe abandi bakora ubuzi butandukanye
Ico kibazo gitera ciyongera kubera abana bo mw’ibarabara batera baba benshi.
Muri iki gihe, Buruce Nishimwe ariko arondera intererano kugira ashobore kurangura uwo mugambi.
Abarundi batari bake bamaze imisi bashikiriza ivyiyumviro vyabo ku kibanza ca internet, “Facebook
Abarundi batari bake bamaze imisi bashikiriza ivyiyumviro vyabo kuri ico kibazo ku kibanza ca intenert, "Facebook"
Izo nzira zibiri zirahanganye muri iki gihe cane cane mu karere k’I Bulaya
Jacqueline Murekatete yatanguye programa MCW Jacqueline’s Human Rights Corner, mu mwaka w'2007
Inama nshingamateka niyo yatanguje ico gikogwa.
Prezida Sarkozy mu migambi yiwe mishasha ashaka amatagisi ku bintu bigurishwa
Voma ibindi