Uko wahagera

Ejo

Amatora ya Mbere y’Umukuru w’Igihugu Arimirije Kuba mu Bufransa


Ubufransa muri iki gihe bufise ibibazo vy’ubutunzi kubera Reta itaronka Amafranga akwiye kugirango irangure imirimo ya misi yose.

Amatora yimirije kuba mu gihugu c’Ubufransa azoshimikira ku bibazo vy’ubutunzi.

Mu Kiganiro, Gratien Rukindikiza, akwirikirana ibibazo vya politike n’ubutunzi, akaba afise ikibanza ca internet, “Burundi News” avuga kw’Ubufransa muri iki gihe bufise ibibazo vy’ubutunzi kubera Reta itaronka Amafranga akwiye kugirango irangure imirimo ya misi yose.

Prezida Sarkozy mu migambi yiwe mishasha ashaka amatagisi ku bintu bigurishwa mu gihe uwo bahiganwa Francois Hollande ashira imbere cane cane abanyagihugu n’Amasosiyete mato mato hamwe n’ugutoza amatagisi ku Masosiyete akomeye n’abantu batunze.

Ku bindi, dutege amatwi Gratien Rukindikiza:

XS
SM
MD
LG