Uko wahagera

Ikibazo ca Ruransuma Ifatiye ku Bwoko mu Burundi


Jerome Nzokirantevye, umuvugizi w’ibiro vy’umukuru w’inama nkenguzamateka y’Uburundi na Rene Claude Niyonkuru, umuhinga mu vya politike baravuze kuri ico kibazo

Muri iki gihe mu Burundi haravuga ikibazo ca rusansuma ifatiye ku bwoko, intara n’igitsina mu nzego za Reta n’ama Sosiyete yagamiye Reta.

Inama nshingamateka niyo yatanguje ico gikogwa. Yamara hari ababona kw’ico gikogwa ari igisanzwe mu gihe abandi babona ko gishobora gutera ibibazo, bifatiye ku ndyane n’amoko zaranze Uburundi.

Jerome Nzokirantevye, umuvugizi w’ibiro vy’umukuru w’inama nkenguzamateka y’Uburundi na Rene Claude Niyonkuru, umuhinga mu vya politike baravuze kuri ico kibazo. Tubatege amatwi:

XS
SM
MD
LG