Uko wahagera

Amasezerano Yerekeye Ubudandaji hagati y’Uburundi na Kenya


Prezida w’igihugu ca Tanzania, Mwai Kibaki yarateye igikumu ku masezerano yerekeye ubudandaji na prezida PierreNkurunziza w'Uburundi

Inyuma yuko yitavye ibirori vy’uguhimbaza imyaka mirongo itanu y’intahe y’ukwikukira kw’Uburundi, Prezida w’igihugu ca Kenya, Mwai Kibaki yarahaboneye akaryo k’ugutera igikumu ku masezerano yerekeye ubudandaji hagati y’igihugu ciwe ca Kenya n’Uburundi na prezida Pierre Nkurunziza.

Twataganiye n’umumenyeshamakuru wacu Leon Masengo ari I Bujumbura ku vyerekeye ayo masezerano hagati y’abo bakuru b’ibihugu bibiri:

XS
SM
MD
LG