Uko wahagera

Gufasha Urwaruka Kwishakira Imirimo mu Rwanda


독일 나치의 유대인 학살 상징인 폴란드 아우슈비츠 수용소 해방 70주년을 맞아, 한 소년이 당시 희생된 유대인 묘소에 촛불을 놓고 있다.
독일 나치의 유대인 학살 상징인 폴란드 아우슈비츠 수용소 해방 70주년을 맞아, 한 소년이 당시 희생된 유대인 묘소에 촛불을 놓고 있다.
Mu kiganiro n’Ijwi rya Amerika, abatumire, Hilary Maramira, aserukira ishirahamwe Fertilizer Logic, rifasha mu vyerekeye uburimyi; Aphrodice Mutangana wo mw’ishirahamwe Foyo Group Ltd, rifasha abantu bafise uburwayi budakira, hakoreshejwe ubuhinga bwa telephone; Patrick Buchana, aserukira ishirahamwe Microsoft, na Yves Iradukunda, yahsinze akaba kandi ari umuyobozi mukuru w’ishirahamwe, ELE Rwanda, rifasha abakiri bato bafise ivyiyumviro, kwishiriraho imirimo ibateza imbere.

Abo batumire baravuze, ku ruhara rwabo, mu gufasha abakiri bato bafise ivyiyumviro vy’ugushiraho imirimo ibateza imbere.

Bamenyesheje kw’uburyo bumaze guhirwaho,kugira bufashe abakiri bato, gushira mu bikorwa ivyiyumviro vy’ukwiteza imbere. Baha impanuro abakiri bato kuvyiyumvamwo, n’ukutagira ubwoba bw’ukunanirwa.

Bamenyesha ko Reta y’Urwanda iri inyuma y’abakiri bato, bafise imigambi y’ukwikorera, ku bijanye n’imirimo y’ukwiteza imbere.

Ku bindi mubatege amatwi:
please wait

No media source currently available

0:00 0:29:49 0:00
Ibishamikiyeho
XS
SM
MD
LG