Uko wahagera

Umuririmvyi Kirangiranwa, Kidumu, mu Rugendo, muri Amerika


Umuririvmyi kirangiranwa, Kidumu

Umururimvyi Kirangiranwa, Kidumu, ari mu rugendo muri Reta Zunze Ubumwe za Amerika, aho ariko agirisha ibiteramo vy’umuziki.

Yaragendeye Ijwi rya Amerika, aho yatanze ikiganiro, ku vyerekeye urwo rugendo rwiwe, n’icamuzanye, muri Amerika.

Tumutege amatwi:


please wait

No media source currently available

0:00 0:34:07 0:00


XS
SM
MD
LG