Isirayeri Hamas
Abayobozi ba Hamas mu Rugendo muri Misiri

Abaserukira umurwi Hamas, kuri uyu wa gatanu, baritezwe mu gihugu ca Misiri, aho bitegekanijwe ko bihweza umugambi w'amahoro ufise intumbero yo guhagarika ingwano hagati ya Israyeri na Hamas washikirijwe na Misiri.
Uyo mugambi washikirijwe n’igihugu ca Misiri usaba irekurwa ry’abagizwe imbohe n’umurwi Hamas kw’italiki 7 y’ukwezi kw’icumi kw’uyu mwaka, hamwe n’irekurwa ry’abanyororo b’Abanyapalestina bari mu minwe ya Israyeri.
Uwo mugambi usaba kandi kwubahiriza amasezerano yohagarika ingwano hamwe no gushiraho Reta y’Abanyapalestina yoyobora intara ya Gaza mu gihe c’inyuma y’ingwano.
Umurwi Hamas n’umurwi Islamic Jihad vyarashoboye kuronka ivyanditse muri uwo mugambi w’amahoro mu ndwi iheze. Islamic Jihad ni uyundi murwi urwanya Israyeri.
Muri iki gihe kandi, igisirikare ca Israyeri cabandanije ibitero vy’indege z’ingwano n’ivy’inteko zirwanira ku butaka, ku murwi Hamas mu buraruko, hagati no mu bumanuko bw’intara ya Gaza kuri uyu wa gatanu.
Israyeri, mw’ijoro ryashiriye kuri uyu wa gatanu, yakoze ibitero vy’amabombe mu makambi y’impunzi na Nuseirat na Maghazi mu gice kiri hagati mu ntara ya Gaza. Ingwano ikomeye yabereye kandi mw’ikambi y’impunzi y’ahitwa Bureij. Ingwano ikomeye irabandanya kandi mu gisagara ca Khan Younis, kiri mu bumanuko bwa Gaza.
Ibiro vy’ishirahamwe ONU bijejwe gutabara vyaragabishije ko ukwiyongera kw’ingwano mu ntara ya Gaza, uburyo bwo guhanahana amakuru buguma bucika, amabarabara azibiye n’ibura ry’ibitoro bigeramiye bikomeye ibikorwa vyo gutabara abanyagihugu baba muri Gaza. (VOANEWS)
ONU Ihangayikishijwe n''Ihonyangwa ry’Uburenganzira bwa Muntu" muri Sijordaniya aho Isiraheri Yigaruriye

Raporo ONU yasohoye kuri uyu wa kane, igaragaza ko ibabajwe n'icyo yise ihonyora rikabije ry’uburenganzira b’ikiremwa muntu muri Sijordaniya aho Isiraheri yigaruriye. Yanahamagariye abayobozi b’iki gihugu, guhagarika urugomo ku banyepalestina batuye aho muri Sijordaniya.
Raporo y’ibiro bya komiseri mukuru ushinzwe uburenganzira bwa muntu muri ONU, yavuze ko abanyepalestina 300 bishwe mu ntara ya Sijordaniya guhera tariki ya 7 y’ukwezi kwa 10.
Iyo raporo ivuga ko ubwo bwicanyi bwo mu ntara ya Sijordaniya bwabaye mu gihe cya operasiyo z’ingabo zishinzwe umutekano za Isiraheri cyangwa mu bushyamirane nazo. Igaragaza ko impfu z’abantu byibura 105, zishobora kwitirirwa operasiyo za Isiraheri. Aha harimo ibitero by’indege cyangwa ibindi bikorwa bya gisirikare mu nkambi z’impunzi cyangwa mu bindi bice bituwe cyane. Abantu byibura 8 biciwe mu macumbi y’abayahudi, nk’uko iyo raporo ibivuga.
Tal Heinrich, umuvugizi w’ibiro bya minisitiri w’intebe wa Isiraheri, yahakanye iyo raporo “nk’isekeje mu by’ukuri”. Yakomeje agira ati: “Yego, twataye muri yombi abakekwaho gukoresha iterabwoba amagana muri ako karere, kandi tuzakomeza gukora ibisaba byose, kugirango tubumbatire umutekano wacu”.
Volker Turk, komiseri mukuru w’ishami ryita ku burenganzira bwa muntu muri ONU, yavuze ko ikoreshwa ry’ingufu zidakenewe cyangwa z’umurengera ku banyepalestina mu ntara ya Gaza, ari “ibintu bibabaje”. Iyo raporo ivuga ko abanyepalestina bagera mu 4,785 batawe muri yombi guhera tariki 7 z’ukwezi kwa 10 gushize.
Yanahamagariye Isiraheri guhita itera intambwe zigaragara kandi zifatika zo guhagarika urugomo ku baturage b’abanyepalestina no gukora amaperereza ku byabaye byose mu rugomo rw’abaturage n’urw’ingabo zishinzwe umutekano za Isiraheli.
Misiri Itegereje Ibisubizo ku Mugambi wo Kurangiza Intambara mu Ntara ya Gaza

Misiri iravuga ko itegereje ibisubizo ku mugambi wo kurangiza intambara mu ntara ya Gaza. Iki gihugu kuri uyu wa kane cyemeje ko cyatanze umugambi wo kwifashisha mu guhagarika ubushyamirane hagati ya Isiraheri n’umutwe wa Hamas muri Gaza. Ugizwe n’ibyiciro bitatu bisozwa n’ihagarikwa ry’imirwano. Misiri yavuze ko itegereje ibisuzo kuri uwo mugambi.
Iki gihugu gishobora kuzatanganga ibisobanuro birenzeho kuri uyu mugambi, igihe kizaba kimaze guhabwa ibisubizo. Ibi byavuzwe mw’itangazo n’umuyobozi wa serivisi z’itangazamakuru rya Leta ya Misiri, Diaa Rashwan.
Ibyo Misiri yatanze nk’icyifuzo, ni uburyo bwo kugerageza “kwegeranya ibitekerezo bitandukanye by’impande zose zirebwa n’ikibazo, hagamije guhagarika imivu y’amaraso y’abanyepalestina n’ubushotoranyi ku ntara ya Gaza, ndetse no kugarura amahoro n’umutekano mu karere, nk’uko Minisitiri Rashwan abivuga.
Amakuru yari yaturutse mu bashinzwe umutekano ba Misiri mbere, yavugaga ko ibyo Misiri yasabye bikubiyemo intambwe nyinshi z’ihagarikwa ry’imirwano, harimo kurekura impfungwa ku ruhande rwa Isiraheli n’urwa Hamas.
Hari n’umunyamisiri wavuze ko igitekerezo ku buyobozi bw’intara ya Gaza nyuma y’intambara, na cyo cyazamuwe mu bizitabwaho. (Reuters)
Igitero Isirayeri Yagavye muri Sijordaniya Cahitanye Abantu 6

Inteko za Israyeri, kuri uyu wa gatatu, zishe abantu 6 mu gitero zakoze mu ntara ya Sijordaniya. Itororokanirizo ry'amamukuru ry'ubutegetsi bw'Abanyapalestina, Wafa, ni ryo ryatangaje iyo nkuru.
Iryo tororokanirizo ryatangaje ko indege y’ingwano ya Isirayeri yarashe amabombe mw’ikambi y’impunzi yitwa Nur Sharms hafi y’igisagara ca Tulkarem.
Igisirikare ca Isirayeri catangaje ko cakoze igikorwa co kurwanya iterabwoba mw’ikambi ya Nur Shams, kandi ko inteko zaco zatewe n’umurwi w’abantu bari muri iyo kampi, bakoresheje amabombe.
Inteko za Isirayeri zavuze ko indege y’ingwano yazo yateye umurwi w’abo bantu. Zongeye zimenyesha ko zahagaritse abantu 14 mu gikorwa zakoreye mw’ikambi ya Nur Shams no mu gisagara ca Hebron. Uruhagarara n’ubwicanyi vyariyongeye mu ntara ya Sijordaniya kuva Isirayeri itanguye ibitero vyayo mu ntara ya Gaza.
Ubushikiranganji bujejwe amagara y’abantu buyobowe n’umurwi Hamas bwatangaje ko abantu barenga 300 bishwe n’inteko za Isirayeri mu ntara ya Sijorudaniya hamwe n’abanya-Isirayeri bagereye muri iyo ntara. (VOANEWS)
Isirayeri Yagevye Ibindi Bitero vy'Indege muri Gaza

Inteko za Israyeri, kuri uyu wa gatatu, zakoze ibindi bitero vy'indege z'ingwano mu ntara ya Gaza. Ni umusi umwe inyuma y'uko, ishirahamwe mpuzamakungu ONU ritangaje kw’ingingo ya Israyeri yo gukomeza urugamba rwayo rwo kurwanya umurwi Hamas, iteye impungenge ku bijanye n'umutekano w'abasivile.
Ingwano yabaye kuri uyu wa gatatu mu buraruko bw’intara ya Gaza ku rudande rwa Isirayeri yarimwo ibitero vy’inteko zigwanira ku butaka n’ibitero vy’indege z’ingwano. Inyuma y’uko inteko za Isirayeri zinjiye mu bumanuko bw’intara ya Gaza, mu gice ca Khan Younis, muri iyi ndwi, abategetsi b’ico gihugu batangaje ko ziriko zija mu bice vyo hagati, birimwo n’amakambi y’impunzi atari make.
Ababa mu bice vyo hagati mu ntara ya Gaza, batangaje ko Isirayeri yakoze ibitero vy’indege z’ingwano hamwe na vya muzinga mu makambi y’impunzi yo mu bice vya Nuseirat, Maghazi na Bureij hagati mu ntara ya Gaza.
Radwan Abu Sheitta, aba mu mu gice ca Bueij, yabwiye itororokanirizo ry’amakuru ryo muri Amerika, Associated Press, ko ibitero vy’indege na vya muzinga vya Isirayeri muri ico gice vyari bikomeye cane. Umutegetsi mukuru w’igisirikare ca Isirayeri, Herzi Halevi, ku musi wa kabiri, yaratangaje ko ingwano mu ntara ya Gaza izomara amezi atari make.
Ingingo y’igihugu ca Isirayeri yo gukomeza ibikorwa vya gisirikare mu bice vyo hagati mu ntara ya Gaza yatumye ishirahamwe mpuzamakungu, ONU, ku musi wa kabiri ryerekana impungenge zikomeye mu bitero vy’ico gihugu vyahitanye Abanyapalestina 100 mu kiringo c’imisi ibiri muri iyi ndwi.
Umuvugizi w’ibiro vy’ishirahamwe ONU bijejwe agateka ka muntu, Seif Mugango, ku musi wa kabiri, yaratangaje ko batewe impungenge zikomeye n’ibitero vy’amabombe, inteko za Israyeri zibandanya gukora mu bice biri hagati mu ntara ya Gaza. Yavuze ko ivyo bitero vyahitanye Abanyapalestina barenga 100 kuva ku musi w’imbere ya Noeli. Seif Mugango yavuze ko inteko za Israyeri zitegerezwa gufata ingingo zose zishoboka kugira zikingire abasivile. (VOANEWS)
Papa Fransisko Atabariza Abari mu Ntara ya Gaza

Igihe yariko arasoma imisi ya Noheri, Papa Fransisko yatabarije akarere ka Gaza avuga ko karimwo umwimbu uteye agahinda w’impfu z’abasivile.
Mu butumwa yatanze kuri uno musi wa mbere, Papa yavuze ko abana bariko bapfira mu ntambara zitandukanye, harimwo n’abo mu karere ka Gaza. Papa yagize ari “Abo ni ba Yezu bato bato b’uno musi”.
Muri ubwo butumwa yashikirije, Papa Fransisko yongeye avuga kw’igitero cakozwe na Hamas kw’itariki 7 y’ukwezi kwa cumi muri Isirayeli ari “Agahomeramunwa”. Yasavye kandi ko abantu bashika ijana bagizwe imbohe mu karere ka Gaza, barekurwa.
Muri iryo jambo yashikirije ari kw’ibaraza ry’igorofa ryo mu kibanza c’amasengesho c’umutagatifu Petero i Roma, imbere y’abantu isinzi, yidogeye amashirahamwe akora ibigwanisho avuga ko ariyo akokeza intambara kw’isi.
Uyo muyobozi wa Ekleziya Katolika afise imyaka 87, ahimbaje umusi mukuru wa Noheri ku ncuro igira cumi na rimwe ari muri ayo mabanga yiwe. Yasavye ko intambara za politike, amatati ayari yo yose, n’intambara za gisirikare mu bihugu bitandukanye harimwo muri Ukraine, Siriya, Yemeni, Libani, Armeniya na Azerbaijani zihagarara. Yasavye kandi ko haba ugukingira uburengazira bw’abimukira kw’isi yose.
Amakungu Akomeje Gukumira Prezida wa Amerika Kubera Gushigikira Isirayeri

Mu gihe akanama ka ONU gashinzwe umutekano kw’isi kongeye gutinza itora ku mwanzuro wo kwohereza indi mfashanyo muri Gaza, Perezida w’Amerika Joe Biden, aragenda arushaho gushyirwa mu kato mu ruhando rw’amahanga, bitewe no gushyigikira ibikorwa bya gisilikare bya Isiraheli.
Mu gihugu cye imbere, abatora benshi ntibashyigikiye uburyo yitwaye ku bibera muri Gaza. Abantu babarirwa mu bihumbi 20 barishwe mu ntara ya Gaza kuva Isiraheli itangiye gutera amabombe mu byumweru 10 bishize, nk’uko abategetsi b’abanyepalestina babivuga.
Nyuma y’iminsi y’imishyikirano idahagarara yo kwirinda ko Amerika yakoresha ijwi ryayo (veto) akanama ka ONU gashinzwe umutekano kuri uyu wa gatanu, byitezwe ko gatora umwanzuro wo kwohereza imfashanyo mu ntara ya Gaza. Isiraheli ntishyigikiye ibyari bikubiye mu mwanzuro kw’ikubitiro, bisahamagarira ONU gukurikiran ibikorwa byo kugenzura amakamyo atwara imfasahanyo, no guhita bahagarika imirwano.
Ambasaderi w’Amerika mu muryango w’Abibumbye, Linda Thomas-Greenfield, yagaragaje ko ashyigikiye inyandiko y’umwanzuro, uriho ubu. Agira ati: “Ni umwanzuro uzageza inkunga y’ubutabazi ku bayikenye bose. Uzashyigikira icyibanze kuri Misiri ko dushyiraho uburyo bwo gufasha gutanga infashanyo y’ubutabazi.”
Mu gihe Isiraheli ikomeje operasiyo zayo ku butaka, kuba Perezida Joe Biden nta bushake afite bwo guhamagarira ihagarikwa ry’imirwano, byangije umubano, n’imiryango y’Abayisilamu b’abanyamerika, bateguye ubukangurambaga bise “Abandon Biden”, umuntu acishirije bisobanuye, va inyuma ya Biden.
Jaylani Hussein wateguye uwo mugambi agira ati: “Turatangaza ko Perezida Biden yatsinzwe itora rya 2024. Ntabwo tubuze ingufu nk’abayisilamu b’abanyamerika. Dufite ingufu. Icyo tudafite gusa, ni amafaranga, ariko dufite amajwi nyakuri”.
John Kirby ushinzwe umutekano w’igihugu, yemera ko hari uburakari. “Duteze amatwi mu by’ukuri kandi turagerageza kurushaho gusobanukirwa n’ibyo bintu byose, bitandukanye. Mu kuvuga ibyo, nta gihugu kigomba kubaho kibangamiwe, nk’uko Hamas ihangayikishije Isiraheli. Nta gihugu cyagombye kubaho muri ubwo buryo, biturutse ku muturanyi.”
Abanyamerika hafi ya bose by’umwihariko urubyiruko ruri mu myaka yo gutora, ntibemera uburyo Biden yitwaye mu ntambara, nk’uko iperereza rya New York Times ribigaragaza.
Iryo perereza ryerekana ko abatora bumva Donald Trump ushobora guhagararira ishyaka ry’Abalepuburikani, yakora neza mu bijyanye no kwita ku bibazo by’intara ya Gaza.
Abanyamerika bacitsemo ibice hagati y’abo bahamagarira ihagarika ry’imirwano, n’abo bashaka ko Isiraheli itsinda, n’ubwo abahasiga ubuzima bakwiyongera. Ibi birasigira Biden, igitut cya politiki ku mpande zombi.
(VOA News)
Icemezo ca ONU co Kugeza Imfashanyo muri Gaza Congeye Gutinzwa

Akanama k’amahoro ka ONU kongeye gutinza itora ku mwanzuro mushya ushaka uburyo imfashanyo yarushaho kugezwa mu ntara ya Gaza. Minisitiri w’intebe wa Isiraheli Benjamin Netanyahu yavuze atarya iminwa ko ibikorwa byo kwihimura bya gisirikare bizakomeza kugeza Hamas itsinzwe kandi Amerika yongeye kwemeza inkunga yayo kuri Leta y’abayahudi.
Itora ku mwanzuro mushya wo gufasha kwongera imfashanyo mu ntara ya Gaza rikaba ryongeye gutinzwa mu nteko ishinzwe umutekano kw’isi ya ONU. Lana Nusseibeh, uhagarariye Emira zinyunze z’abarabu mu muryango w’abibumbye yasobanuye impamvu. Agira ati: “Ntekereza ko imirwa mikuru ifite imigabane muri ibi, iri mu biganiro byo ku rwego rwo hejuru rwa dipolomasi, kugirango igere ku nyandiko izagira icyo ihindura muri Gaza. Dipolomasi ifata igihe”.
Abarwanyi binjiye muri Isiraheli mu buryo butunguranye taliki 7 z’ukwezi kwa 10 batwara bunyago abanyesiraheli barenga 240 hamwe n’abanyamahanga. Bishe kandi abantu bagera mu bihumbi 12.
Minisitiri w’ububanyi n’amahanga w’Amerika Antony Blinken yaragize ati: “Turumva ibihugu byinshi bisaba ko ubushyamirane burangira, ni ikintu twese twifuza kubona. Nta n’umwe numva asaba Hamas kureka kwihisha inyuma y’abasivili, ngo ifashe intwaro zayo hasi, iyamanike. Ejo, ibi bizaba birangiye, Hamas nibigenza gutyo”.
Cyakora minisitiri w’intebe wa Isiraheli, Benjamin Netanyahu, yumvikanishije ko imirwano itazahagarara kugeza igisirikare cya Isiraheli kigeze ku ntego zacyo. Yaragize ati:
“Kurandura Hamas, kurekura abantu bacu bagizwe imbohe no gukuraho ibikangisho mu ntara ya Gaza. Abakoresha iterabwoba ba Hamas bose, guhera kuwa mbere kugera kuwa nyuma, bose bazashira. Bafite amahitamo abiri gusa: kuyamanika cyangwa gupfa”.
Guverinema ya Netanyahu cyakora, irimo kwongererwa igitutu n’abo mu miryango y’abantu 100 bakigizwe ingwate, kugirango igirane amasezerano mashya na Hamas kandi isubize iwabo abo bafashwe bugwate. Hamas yavuze ibyo isaba, kugirango irekure izindi ngwate, harimo ko intambara ihita ihagarara, kandi kugeza ubu agahenge kaganiriweho, karacyari urujijo.
Umuyobozi Mukuru wa Hamas ari mu Ruzinduko i Kayiro

Umuyobozi mukuru wa Hamas, Ismail Haniyeh, ari mu ruzinduko i Kayiro. Aragenzwa no kuganira n’abategetsi ba Misiri ku ntambara yo muri Gaza, bishobora kuba birimo n’akandi gahenge.
Muri iyi minsi, igitutu ni kinshi kugirango imirwano na none ihagarare kugirango imfashanyo zinjire muri Gaza, na Hamas ikomeze kurekura abantu yatwaye bugwate.
Mu rwego rwa dipolomasi, ababikurikiranira hafi bemeza ko Haniyeh, usanzwe uba muri Katari, yihagurukira ubwe ku munota wa nyuma iyo afite icyizere ko ibiganiro biri mu nzira nziza zegereza umusozo.
Yaherukaga i Kayiro na none mu ntangiriro z’ukwezi gushize mbere gato yo kugera ku masezerano y’agahenge ka mbere katumye Hamas irekura abantu bari ingwate 110. Isirayeri nayo yafunguye Abanyapalestina 300.
Imishyikirano irimo ibera i Kayiro iribanda ku kumenya niba agahenge kabonetse ni bande mu ngwate barekurwa ku ruhande rwa Hamas, ni bande kandi Isirayeri yarekura mu mfungwa z’Abanyapalestina ifite muri gereza zayo. Abahuza ni Misiri, Katari na Leta zunze ubumwe z’Amerika.
Ku rundi ruhande, Inteko y’Umuryango w’Abibumbye ishinzwe umutekano kw’isi yagombye uyu munsi kwemeza umwanzuro utegeka impande zombi guhagarika imirwano. Ejo yarabinaniwe, yiha undi munsi kugirango Leta zunze ubumwe z’Amerika ibanze yitonde, yongere isuzume neza umushinga w’umwanzuro, kugirango itongera gukoresha “veto” ku nshuro ya gatatu. Imaze kuyikoresha inshuro ebyiri ishyigikira Isirayeri yangaga guhagarika imirwano by’agateganyo. (VOA, Reuters, AP)
Amerika Yibutsa Isirayeri ko Iyishigikiye

Kuri uno musi wa mbere hitezwe itora ry’ingingo ya ONU isaba agahengwe muri Gaza. Ni mu gihe Lloyd Austin umushikiranganji wa Amerika ajejwe kwivuna abansi ari mu rugendo muri Isirayeri mu nama zerekeye ugukingira abasivile.
Amaze gushika muri Isirayeri, umushikiranganji Austin yanditse ku rubuga rwiwe rwa X rwahoze rwitwa Twitter ko mu biganiro vyiwe n’umushikirananji wa mbere Benjamin Netanyahu hamwe n’umushikiranganji ajejwe kwivuna abansi Yoav Gallant “Yibukije ashimitse ko Amerika ishigikiye Isirayeri mu buryo bukomeye”, harimwo no mu bikorwa vyo kurungikira imfashanyo muri Gaza.
Iyo nteguro y’ingingo ya ONU yasuzumwe n’ibimenyeshamakuru bitari bike, isaba ko haba “agahengwe mu buryo bwihuta kandi gahagarika uruhagarara, kugira haboneke uburyo n’inzira zo gutanga imfashanyo”.
Ibikamyo binini bitwara imfashanyo vyarashoboye kwinjira muri Gaza mu misi iheze, kandi Isirayeri yaruguruye uwundi muhora wo ucishwamwo imfashanyo muri Gaza.
Yamara ONU ivuga ko ibikamyo 121 vyinjiye ku musi wa gatandatu vyari bike cane ugereranije n’ibikamyo 500 vyahora vyinjira muri Gaza ku musi, bitwaye imfashanyo, imbere y’intambara.
Ibiro vya ONU bijejwe impunzi z’Abanyapalestiniya (UNRWA), bimenyesha ko iyo ntambara imaze gutuma ibice 85 kw’ijana vy’abanyagihugu ba Gaza bata ingo zabo. Benshi muri bo bahungiye mu nyubakwa z’impunzi ku biro vya ONU mu buraruko bwa Gaza. Izo nyubakwa zakiriye igitigiri abantu umurengera ku bari bitezwe.
ONU Iriga Umushinga w’Umwanzuro Usaba Agahenge muri Gaza

Kuri uyu wa kabiri, Inteko Rusange y’Umuryango w’Abibumbye irakora inama yihutirwa yo kwiga ku mushinga w’umwanzuro usaba agahenge mu ntara ya Gaza. Uyu mwanzuro urasa neza n’uwo Inteko ya ONU ishinzwe umutekano kw’isi yaburijemo ku wa gatanu w’icyumweru gishize kubera “veto” ya Leta zunze ubumwe z’Amerika.
Uvuga ko isi “ihangayikishijwe cyane n’ibyago byugarije intara ya Gaza n’abasivili b’Abanyapalestina,” guhagarika imirwano no gufungurira amayira abatabazi. Usaba impande zombi zirwana kurengera inzirakarengane zose, Abanyayisiraheli n’Abanyapalesitina, mu rwego rw’amategeko mpuzamahanga. Urasaba kandi Hamas kurekura, vuba na bwangu kandi nta yandi mananiza, abo yagize ingwate bose.
Imyanzuro y’Inteko Rusange ntifite ingufu z’itegeko nk’iy’Inteko ishinzwe umutekano kw’isi. Naho ku birebana n’ibibazo by’abasivili, umuyobozi w’ishami rya ONU rishinzwe impunzi zo muri Palesitina, Philippe Lazzarini, yagiye kureba uko byifashe muri Gaza kuri uyu wa kabiri.
Avuyeyo yatangaje ko “ntaho batari. Bari hose, no mu bihanda. Nta kintu na kimwe bafite. Bakeneye buri kantu kose.” Ati: “Ni ishyano ryiyongera buri munsi.” Minisiteri y’ubuzima ya Hamas ivuga ko Isirayeli imaze guhitana abaturage 18.000, abenshi muri bo b’abana n’abagore, muri uku kwezi n’ibyumweru bitatu intambara imaze muri Gaza. (VOA)
Amerika Yazibiye Ingingo y'Akanama ka ONU Gasaba ko Ingwano ya Hamas na Isirayeri Ihagarara

Kuva ejo ku wa gatanu mw’ijoro, Isirayeri iriko iragaba ibitero vy’indege mu ntara ya Gaza. Ni ibitero iriko igaba mu gihe guverenema y’Amerika yasavye inama nkenguzamateka na nshingamateka vy’Amerika kwemeza igurwa ry’ibimodoka vy’intambara bigera ku bihumbi 45, vyo gufasha Isirayeri mu ntambara irimwo na Hamas.
Ivy’uko guverenema ya Joe Biden yasavye ivyo bimodoka vyemezwa na Josh Paul, yahoze avugira ubushikiranganji bujejwe imigenderanire y’Amerika n’ayandi makungu, hamwe n’uyundi mutegetsi w’Amerika atashimye ko imyidondoro yiwe itangazwa.
Abo bantu uko ari babiri, babwiye itororokanirizo ry’amakuru y’Abongereza, Reuters, ko ubushikiranganji bujejwe imigenderanire y’Amerika n’ayandi makungu buriko bukora ibishoboka vyose kugira kongre y’Amerika yemeze igurwa ry’ivyo bimodoka vy’intambara.
Ni mu gihe abaharanira agateka ka zina muntu badashigikiye na gato ko hari ibirwanisho vyakorewe muri Amerika vyokoreshwa mu ntambara ya Isirayeri na Hamas.
Ivyo biduga vy’intambara biciye ikiguzi c’amamiriyoni 500 mu madorali y’Amerika. Abatanze ano makuru bavuga ko imirwi ijejwe imigenderanire y’Amerika n’ayandi makungu mu nama nshingamateka na nkenguzamateka iriko iriga ivy’uwu mugambi mw’ibanga.
Amafaranga y’ivyo bimodoka vy’ingwano ntari mu yagera ku miriyaridi zirenga 110 z’amadorali y’Amerika reta ya Joe Biden yipfuza gufashisha Ukraine mu ntambara irimwo n’Uburusiya na Isirayeri mu ntambara irimwo na Hamas.
Hagati aho, Reta Zunze Ubumwe z’Amerika ejo ku wa gatanu zarazibiye ingingo y’akanama ka ONU kajejwe umutekano, yategeka ko intambara ya Isirayeri na Hamas ihagarara.
Amerika ivuga ko ugutegeka ko intambara ihagarara gihutihuti vyotuma umurwi wa Hamas, ifata nk’umurwi w’iterabwoba wiyubaka gusumba uko uri. Amerika ariko, irashigikiye ko hoba ugutanga agahengwe hagati y’impande zirwana kugira abanyagihugu bahunge, kandi imbohe z’intambara zibohozwe.
Umushikiranganji ajejwe imigenderanire ya Isirayeri n’ayandi makungu, Eli Cohen, asigura ko ugushira ibirwanisho hasi vyotesha umugambi wa Isirayeri wo kuzimanganya Hamas.
Ibihugu bitandukanye birimwo Uburusiya, Irani na Turukiya vyiyamirije ingingo y’Amerika yo kubangamira ingingo y’inama nkuru ya ONU ijejwe umutekano kw’isi, yategeka ko intambara hagati ya Isirayeri na Hamas ihagarara.
Palestina yavuze ko Amerika ikwiye kubazwa amaraso yose ariko asesekera muri Gaza, prezida wa Turukiya, Recep Tayyip Erdogan, nawe avuga ko akanama ka ONU kajejwe umutekano kahindutse ico yise akanama ko gukingira Isirayeri. Uburusiya nabwo bwavuze ko ingingo y’Amerika buyifata nk’igihano c’urupfu ku banyapalestina.
Ibisobanuro by'Amagambo y’Ubucamanza Akoreshwa mu Kuvuga iby’Intambara yo muri Gaza

Gutara amakuru ku ntambara ya Isiraheli na Hamas byakomeje kurangwa n'amagambo akoreshwa hirya no hino yerekeranye n'amategeko mpuzamahanga, amategeko mpuzamahanga arengera indushyi ziri mu kaga, ibyaha bikomoka ku bikorwa by'abari mu mirwano, ukwihanukira kugereranije; amasezerano y'i Geneve ingingo nyinshi z'amategeko mpuzamahanga arengera indushyi agenderaho. Dore ibisobanuro kuri ayo magambo n'uburemere afite mu ntambara ya Hamas na Isiraheli.
1.Amategeko Mpuzamahanga:
Muri rusange, amategeko mpuzamahanga ni igikusanyo cy'amasezerano menshi hagati y'ibihugu by'isi agenga imibanire yabyo. Nta gitabo na kimwe gikubiyemo ayo masezerano agenga amasezerano mpuzamahanga, ariko icyo gitekerezo cy'amategeko mpuzamahanga ibihugu byinshi kw'isi biracyumva kandi biracyemera.
Mw'itegekonshinga ryawo, Umuryango w'Abibumbye uhabwa inshingano yo "guteza imbere ubutwererane mpuzamahanga mu bya politiki no mu gushyigikira amategeko mpuzamahanga agenda avuka, ndetse no kuyashyira mu nyandiko."
Nk'uko Umuryango w'Abibumbye ubivuga, "amategeko mpuzamahanga agaragarira mu masezerano yemeranijweho n'ibihugu byinshi cyangwa impande ebyiri, cyangwa se mu mikorere n'imigenzo byemeranijweho. Amasezerano menshi yashyizweho umukono binyuze mu Muryango w'Abibumbye ni yo ntango y'amategeko agenga imibanire y'ibihugu."
Kuva washingwa, Umuryango w'Abibumbye wabaye ububiko bw'amasezerano mpuzamahanga arenga 500, ayo masezerano akaba fatizo ry'icyo twakwita "Amategeko Mpuzamahanga"
Amategeko Mpuzamahanga Arengera Abari mu Kaga
Aya masezerano azwi mu yandi magambo nk'"amategeko Agenga Intambara". Amategeko mpuzamahanga agenga abari mu kaga ni ishami ry'Amategeko Mpuzamahanga rirebana by'umwihariko n'ukuntu intambara n'ubundi bushyamirane burimo intwaro bikorwa.
Komite Mpuzamahanga y'Umuryango Utabara Imbabare wa Croix Rouge, isobanura ayo mategeko mu magambo igira iti: " Amategeko Mpuzamahanga arengera indushyi ziri mu kababaro ni urutonde rw'amabwiriza agamije kugabanya ingaruka z'intambara kugirango indushyi zibashe kwitabwaho.Ayo mabwiriza arengera abantu badafite cyangwa se batagifite uruhare mu mirwano, kandi akanavuga ibikoresho n'uburyo butemewe gukoreshwa mu ntambara. Ayo mategeko mpuzamahanga arengera indushyi akunze kwitwa Amategeko y'Intambara cyangwa se Amategeko y'Ubushyamirane burimo Intwaro."
Ni ngombwa kwibuka ko ayo Mategeko y'Intambara icyo agamije atari ukureba niba igihugu runaka gifite cyangwa se kidafite impamvu igaragara yo gushoza intambara, ahubwo icyo ayo mategeko agamije nukugenzura uburyo ubwo bushyamirane bukorwa igihe imirwano itangiye.
Fionnula Ni Aolain, umwalimu w'ikirangirire kw'isi wigisha muri Kaminuza ya Minnesota, akaba yarahoze ari Umuvugizi w'Umuryango w'Abibumbye mu kurwanya iterabwoba. Yabwiye Ijwi ry'Amerika ko amategeko agenga intambara ari amwe mu mategeko y'ikigugu mu masezerano n'amategeko mpuzamahanga. Yunzemo ati:"Intambara zifite amategeko. Kandi ayo mategeko amaze igihe."
Nubwo amategeko menshi agenga intambara akubiye mu masezerano mpuzamahanga, hari byinshi bitarashyirwa mu nyandiko. Za Guverimoma n'abandi badashingiye kuri za Guverinoma bose bafite inshingano zo kubahiriza amategeko mpuzamahanga y'intambara, kabone n'iyo baba batarayemeye ku mugaragaro.
Ni Aolain ati:" Amwe mu mabwiriza y'Amategeko y'intambara ntaho wayasanga mu masezerano mpuzamahanga kuko aturuka ku migenzereze y'ibihugu, nukuvugako hari ibintu ibihugu byahiye bikora bitagombye kubishyira mu nyandiko."
Ati: "Impamvu ibyo ari ingenzi nuko kugirango ugendere ku masezerano mpuzamahanga ugomba kuba warayashyizeho umukono, ariko amabwiriza akomoka ku myifatire karande y'Amategeko Mpuzamahanga agomba kubahirizwa bitabaye ngombwa gushyirwaho umukono."
Fionnula Ni Aolain yanavuzeko mu gihe igihugu runaka cyishoye mu ntambara kigomba kubahiriza amategeko mpuzamahanga y'intambara, iyo nshingano ikaba itagendera kubyo uwo barwana nawe yaba arimo gukora.
Dufashe nk'urugero, amategeko y'intambara abuza gukoresha iterabwoba. Kuba uwo muhanganye mu ntambara akoresha iterabwoba, ntabwo biguha uburenganzira bwo gukoresha iterabwoba nawe. Uwishe amategeko rero arabiryozwa ku giti cye.
2.Amasezerano y’i Geneve
Igice cy’amategeko y’intambara kizwi cyane ni Amasezerano y’i Génève. Ni urwunge rw’amasezerano ibihugu byinshi byashyizeho umukono, akaba agena inshiingano ibihugu biri mu ntambara bifite kubyerekeranye n ‘abaturage badafite aho bahuriye n’imirwano.
Nubwo inkomoko y’ayo masezerano iri mu myaka y’i 1800, iyo abantu bavuze Amasezerano y’i Génève akenshi baba bavuze amasezerano ane (4) yashyizweho umukono n’ibihugu byinshi mu w’i 1949, ukongeraho imigereka itatu (3) yaje kumvikanwaho mu myaka irenga icumi yakurikiyeho.
Ayo masezerano ane (4) y’intango yerekeranye n’uko abarwayi n’abakomerekeye ku butaka bitabwaho mu ntambara; ukwita ku barwayi cyangwa inkomere zo mu mirwano yo mu nyanja; kwita ku mfungwa z’intamabara; no kurengera rubanda rwa giseseka mu gihe cy’intambara.
Kuri iki gihe, ibihugu 196, byose biri mu Muryango w’Abibumbye wongeyeho na Palestina ifite uburenganzira bw’indorerezi byose byashyize umukono ku masezerano ane (4) y’ifatizo y’i Génève.
Amasezerano Mpuzamahanga Mashyashya
Mu mwaka w’i1977, ibihugu byinshi byemeranije gushyiraho icyo byise Amasezerano y’Umugereka wa Mbere (Protocole I) n’Amasezerano y’Umugereka wa Kabiri (Protocole II) ku Masezerano y’i Génève.
Amasezerano y’Umugereka wa Mbere (Protocole I) ashimangira ibikubiye mu masezerano y’ifatizo, akongeraho ko mu mirwano mpuzamahanga, ububasha bw’ayo masezerano buzakoreshwa no “mu mirwano irimo intwaro, mu gihe abaturage barwana bashaka kwigobotora ingoyi ya gikolonize cyangwa ababateye ku butaka bwabo, ndetse no mu kurwanya ubutegetsi bushingiye kw’ivangura ry’amoko mu gihe baharanira ukwishyira-ukizana kwabo.”
Amasezerano y’umugeraka wa Kabiri (Protocole II) agamije gusesengura ukuntu amasezerano y’ibanze akoreshwa mu ntambara zitari mpuzamahanga, ahubwo zibera hagati mu gihugu runaka gifite ubusugire bwacyo.
Bimwe mu bihugu byashyize umukono ku masezerano ane (4) y’ibanze byanze gushyira umukono ku Mugereka wa Mbere (Protocole I) no ku Mugereka wa Kabiri (Protocole II). Muri ibyo bihugu harimo Isiraheli. Guverinoma ya Leta Zunze Ubumwe za Amerika yashyize umukono ku Masezerano y’Umugereka yombi, ariko Inteko Zishinga Amategeko ntabwo zayashyize mu mategeko igihugu kigenderaho.
Ibyaha Bikozwe mu Ntambara
Aisling Reidy ni Umujyanama Mukuru mu by’Amategeko mu muryango uharanira uburenganzira bw’ikiremwamumtu wa Human Rights Watch. Yabwiye Ijwi ry’Amerika ko Icyaha gikozwe mu Ntambara ari “ ukurenga ku mabwiriza y’Amategeko y’Intambara ku buryo burengeje kamere, ibyo akaba ari icyaha gatozi kiryozwa nyiri ukugikora bwite.”
Bimwe muri ibyo byaha bica ku Masezerano y’i Génève harimo kwica abaturage b’abasivili wabigambiriye, gufata abagore ku ngufu, no gufata ingwate ku bantu.
Aisling Reidy akomeza asobanura ko hari bimwe mu bikorwa binyuranyije n’Amategeko y’Intambara bitagera ku rwego rwo kwitwa “Icyaha cy’Intambara.” Ati, kugirango icyaha cyitwe ko ari “Icyaha cy’Intambara” hagomba ibmenyetso simusiga by’uko nyirukubikora yari yabigambiriye.
Igisobanuro cy’icyo amahanga afata nk’aho ari “Icyaha cy’Intambara” tugisanga mu Ngingo ya 8 y’Amasezerano y’i Roma ashyiraho Urukiko Mpuzamahanga (CPI).
Ari Isiraheli ari na Leta Zunze Ubumwe za Amerika, nta nakimwe muri ibyo cyashyize umukono kuri ayo Masezerano y’i Roma cyangwa se ngo cyemere ububasha bw’Urukiko Mpuzamahanga. Ahanini ibyo biterwa n’uko iyo Ngingo ya 8 izingiyemo ibitekerezo by’Umugereka wa Mbere (Protocole I) n’Umugereka wa Kabiri (Protocole II) by’Amasezerano y’i Génève, ibyo bihugu byombi byanze kwinjiza mu mategeko y’ibihugu byabo.
Kwihanukira Kugereranije
Igitekerezo cyo kwihanukira kugereranije gikunze gutera urujijo. Mu mategeko agenga intambara,kwihanukira kugereranije ni igipimo cya buri gitero n’ibyo cyangiza ku bantu n’ibintu. Nta gushakira kure kundi.
By’umwihariko, amategeko avuga ko ubukana bw’ingufu zikoreshwa mu gitero bugomba kuba bugereranije n’intego y’icyo gitero. Ibyo bikaba ngombwa cyane iyo kugaba igitero ku birindiro cyangwa umutungo wa gisirikare bishobora gukomeretse inzirakarengane cyangwa bikangiza imitungo y’abaturage.
Amasezerano y’i Roma atanga urugero rw’icyo twakwita Icyaha cy’Intambara: “Kugaba igitero wabigambiriye, uzi neza ko icyo gitero gishobora guhitana abaturage cyangwa kikabakomeretsa, cyangwa kigasenya imitungo yabo; cyangwa kigasenya ibidukikije mu kagari kanini , kikanagira ingaruka mbi zizamara igihe. Ibyo byose byaba birengeje kamere, ugereranije n’intego rusange nyakuri ya gisirikare yari igamijwe.”
Ibisagara Bikuru vya Gaza Vyiriwemwo Ingwano ya Hamas na Isirayeri

Ingwano ikomeye hagati y'inteko za Israyeri n'abarwanyi b'umurwi Hamas, yabandanije kuri uyu wa mu bisagara bikomeye vyo mu ntara ya Gaza.
Iyo ngwano yabereye mu buraruko bw’intara ya Gaza, aho Isirayeri yatanguriye ibitero vyayo vyo “guhonya” umurwi Hamas. Ingwano ikomeye yabaye kandi mu gisagara ca Khan Younis mu bumanuko bw’intara ya Gaza.
Umushikiranganji wa mbere wa Isirayeri, Benjamin Netanyahu, yatangaje ko inteko za Isirayeri ziriko zisatira ikibanza umukuru w’umurwi Hamas mu ntara ya Gaza, Yahya Sinwar arimwo. Netanyahu yatangaje ko bazoruhira kumufata.
Iyo ngwano yo kuri uyu musi wa kane yatumye abasivile batera bahungira kure mu bumanuko bw’intara ya Gaza. Yahungabanije ibikorwa vyo gutanga imfashanyo, abanyagihugu bo muri iyo ntara bakaba bariko barasinzikara kurushiriza.
Ishirahamwe mpuzamakungu ONU, ryatangaje ko abantu ibihumbi n’ibihumbi bashitse mu gisagara ca Rafah mu misi ya vuba. Rafah, igisagara kiri mu bumanuko bw’intara ya Gaza hafi y’urubibe n’igihugu ca Misiri. Ni co gice conyene c’intara ya Gaza catangiwemwo imfashanyo zigereranye muri iyi ndwi.
Ababa mu gisagara ca Rafah hamwe n’abamenyeshamakuru baho, batangaje ko indege z’ingwano za Isirayeri zarashe amabombe muri ico gisagara mw’ijoro ryashiriye kuri uyu wa kane.
Ubushikiranganji bujejwe amagara y’abantu buyobowe n’umurwi Hamas bwavuze ko abantu batari musi ya 37 bahasize ubuzima. Igisirikare ca Isirayeri, kuri uyu wa kane, catangaje ko abarwanyi b’umurwi Hamas barashe rokete ziturutse hafi y’igisagara ca Rafah. (VOANEWS)
CPI Igiye Kugurura Amatohoza ku Vyaha vyo mu Ntambara ya Isirayeri na Hamas

Umushinjacyaha mukuru w'urukiko mpanabyaha mpuzamahanga CPI, Karim Khan, aratangaza ko agiye gushyira ku murongo wa mbere w'ibyihutirwa ibyaha byo mu ntambara ya Israeli na Hamasi.
Karim Khan akubutse mu rugendo rwe rwa mbere na mbere muri Israeli no muri Palestina. I Ramallah, yaganiriye n’abayobozi bo muri guverinoma ya Palestina, barimo Perezida Mahmoud Abbas.
Yabonanye kandi n’Abanyapalestina bakozweho n’intambara. Mu itangazo yashyize ahagaragara akiriyo, asobanura ko anketi yatangije mu 2021 zigikomeza, ariko ko noneho agiye kwibanda “cyane cyane byihutirwa ku bishobora kuba ari ubwicanyi bwa Hamasi n’ubw’ingabo za Israeli.”
Muri Israeli, umushinjacyaha mukuru wa CPI yagiye gusura ahabereye ibitero bya Hamas ku itariki ya 7 y’ukwa cumi gushize. Mu itangazo rye, avuga ko yahiboneye ibimenyetso “by’ubunyamaswa” Hamas yateguranye kandi yakoresheje ibyo bitero byayo. Yaganiriye n’abo mu miryango y’abo byahitanye n’abo Hamasi yashimuse, ibatwara bugwate.
Aragira, ati: “Ibitero ku basivili b’abanyayisraeli b’inzirakarengane ni icyaha mpuzamahanga cya mbere kiremereye, cyahungabanyije imyumvire y’isi yose. CPI yashyiriweho kugirango ikurikirane bene ubu bwicanyi.”
Mu itangazo rye, Karim Khan avuga ko ibyaha ingabo za Israeli zishinjwa bigomba gukurikiranwa mu maguru mashya n’inzego zigenga. Asobanura ko azakorana n’abashinjacyaha bo ku mpande zombi, mu rwego rw’ubwuzuzanye, kuko CPI ikurikirana ibyaha aho ubutabera bwananiwe cyangwa budashaka gukora akazi kabwo.
Palestina ni umunyamuryango wa CPI. Israeli yo ntirimo. Ntinemera ububasha bwayo. Ariko Karim Khan yemeza ko CPI ifite ububasha ku byaha by’intambara bya Hamasi muri Israeli n’ibya Israeli mu ntara ya Gaza.
(AP & Reuters)
Forum