Radio
13:00 - 13:30
Iwanyu mu ntara
Iwanyu mu Ntara (1100-1130UTC): Inama ya 26 y’abakuru b’ibihugu n’aba guverinoma ba Commonwealth yatangiye kuri uyu wa gatanu I Kigali Mu Rwanda. Mu Burundi , urukiko rw’ikirenga rwa Gitega , kuri uyu wa kwane, rwakatiye abagabo babiri igifungo cy'imyaka 10 ku byaha byo kwangiza imva.
18:00 - 18:29
19:30 - 19:59
Amakuru ku Mugoroba
Amakuru ku Mugoroba (1730-1800 UTC): U Rwanda rugiye kuyobora Commonwealth mu kiringo c'imyaka ibiri. Mu Burundi, CVR ivuga ko ubushakashatsi yakoze bwagaragaje ko hari abanyamahanga bagize uruhare mu bwicanyi bwo mu 1972. Urukiko rw’Ikirenga rw'Amerika rwakuyeho uburenganzira bwo gukuramo inda