Amakuru mu Gitondo: Abakuru b'ibisirikare vya EAC baganiriye ku nteko zizorungikwa muri RDC Irani yishe inyonze abanyororo barenga 800
Iwanyu mu Ntara (1100-1130UTC): Ibiganiro ku Kurungika Inteko za EAC muri DRC Vyatanguye. Inteko Zirwanira mu Karere k'Ikiyaga Cadi Zitangaza ko Zishe Abajihadiste Barenga 800
Murisanga (1400-1500 UTC): Ingwara y’ibihara vy’inkende yaradutse muri izi ndwi ziheze kandi irabandanya kwiyongera mu bihugu bitandukanye vyo kw’isi, birimo n’ivyo ku mugabane w’Afrika.
Amakuru y'Akarere (1600-1630 UTC): Muri Komine Mabayi mu Burundi haravugwa ikibazo co guharika cibonekeza cane. Hari abantu barenga 448 bahitanywe n’amapfa mu gihugu ca Somaliya muri uno mwaka.
Amakuru ku Mugoroba: Esperance Hope Ikora ufite inkomoko muri Repubulika ya Demokarasi ya Kongo aravuga ko agifite amahirwe yo Guhagararira Ishyaka ry’Abarepubulikani mu Nteko ya Iowa. Muri Sudani, ibiganiro byo gukemura ibibazo bya politiki vyatanguye uno musi kuwa gatatu.