U Rwanda Rwagiriza Monusco Guhengamira kuri reta ya Kongo. Sentare ya ONU Ibona ko Felicien Kabuga akwiye gutangura kuburanishwa bidatevye. Abategetsi ba Ukraine baremeza ko igisagara ca Sievierodonetsk kigenzurwa n'Uburusiya ku bice 70%
Iwanyu mu Ntara (1100-1130UTC): Ni ikiganiro c’umwihariko, gishimikira ku makuru avugwa mu ntara zitandukanye z’Uburundi n’u Rwanda, kidasize inyuma ayavugwa mu makambi yahungiyemwo impunzi z’Abarundi muri Afurika y’ibiyaga binini n’Afurika y’ubuseruko.
Urwego abagwayi bavugiramwo mu Burundi, CEMABU, rumenyesha ko muri aka kanya hariho abankenyezi bashika kuri 70 bahejeje kuvurwa batarekuriwe gusohoka ibitaro, imbere yuko bariha amafaranga bivurijeko.
Abimukira ba mbere bavuye mu bwongereza bategerejwe mu Rwanda ku munsi w'ejo. I Bujumbura mu Burundi hatangiye inama y'ibihugu bihuriye mu muryango uhuza akarere k'ibiyaga bigali ICGLR
Leta y’u Rwanda iratangaza ko abimukira babaga mu Bwongereza mu buryo bunyuranyije n’amategeko, bagera mu Rwanda mu gitondo cyo kuri uyu wa gatatu. U Rwanda ruratangaza ko amaraso akenewe mu bitaro mu gihugu hose aboneka ku rugero rwa 98 ku ijana.