Radio
18:00 - 18:29
Amakuru y'Akarere
Amakuru y'Akarere (1600-1630 UTC): Ubushikiranganji bujejwe abimukira mu Bwongereza bumesha kw’abasaba ubuhungiro bategerezwa guhitamwo kwemera kujanwa mu Rwanda canke bagasubizwa mu bihugu vyabo. Zimwe mu mpunzi z’Abarundi ziridogera ingingo ya reta ya Tanzania yo kuzihimiriza guhunguka
19:30 - 19:59
Amakuru ku Mugoroba
Amakuru ku Mugoroba (1730-1800 UTC): Zimwe mu mpunzi z’Abarundi zahungiye mu nkambi ya Nyarugusu zivuga ko reta ya Tanzaniya iriko irahonyanga agateka kabo. Umuyobozi atavuga rumwe n’ubutegetsi bwa Uganda, Kizza Besigye yaraye arekuwe, sentare ibanje kwakira amafaranga y’ingwate.