Radio
04:30 - 05:00

Ejo
Ejo ni ikiganiro cy'iminota 30 gitegurwa n'urubyiruko rwo mu Rwanda, kibanda ku bibazo binyuranye ruhura na byo. Ibyo birimo kwihangira imirimo, guteza imbere umuco wo kuganiro mu cyubahiro, no gushimangira ubumwe n'ubwiyunge mu karere k'ibiyaga bigari by'Afurika.
18:00 - 18:29
Amakuru y'Akarere
Amakuru y'Akarere (1600-1630 UTC): Ingwara y’Ubugaru yasubiye kuba ndanse mu Burundi. OMS, itangaza ko ibiharuro vy’abandura virusi ya Corona n’ivy’abo iyo virusi ihitana vyagabanutse kw’isi hose. Koreya ya Ruguru, yakeje umwamikazi Elizabeth ku myaka 70 amaze ku ngoma y’Ubwongereza.
Presenter: