Ivyo prezida Obama yabitangaje ku musi wa gatatu i Bruxelles, inyuma y’inama n’abategetsi b’ishirahamwe ry’ibihugu vy’I Bulaya, n’ishirahamwe O-T-A-N.
Uwo mugambi washikirijwe n’Ubuhollande, Reta Zunze Ubumwe za Amerika, na Korea y’epfo
Abantu bagera kw’ijana bo mu miryango y’Abashinwa bari muri iyo ndege, basavye kumenya ukuri ku vyashikiye iyo ndege
Iyo ndege ya Boeing 777, yaguye mu mazi mu gice ca kure mu burengero bw’igisagara ca Perth, muri Australia.
Kubera vyabaye incuro zitari nke, vyatumye umucamanza yigizayo urubanza, mu gihe gitoyi.
Abantu bitwaje ibirwanisho barasambuye n’ikamyo y’igisirikare y’igihugu c’Uburusiya, urwinjiriro rw’ico ikibanza.
Prezida Uhuru Kenyatta, yatangaje ko we n’icegera ciwe bazogabanya imishahara yabo, ibice mirongo ibiri kw’ijana.
Iyo ndege yari ivuye ku murwa mukuru wa Malaysia, Kuala Lumpur, igana umurwa mukuru w’igihugu c’Ubushinwa, Beijing.
Antonio Guterres, umutegetsi akomeye ajejwe impunzi mw’ishirahamwe O-N-U yatangaje kw’ubunyamaswa bubera muri ico gihugu butagira uko buvurwa
prezida Obama yavuze ku buyro bunonosoye, ingingo zafashwe na Reta ya Amerika, n’ama Reta y’ibihugu bicuditse
Umugenzi wa wa Pistorius, Kevin Lerena, yavuze kw’ivyabaye muri ubwo buriro, vyabereye mu gisagara ca Johannesburg.
Abashikiranganji bajejwe imigenderanire b’ishirahamwe ry’ibihugu vy’I Bulaya, bemeje urutonde ry’abo banya Ukraine uno musi ku wa gatatu
Abarwanyi b'umurwi Boko Haram nibo bikekwa
Yatsenyuk,yemejwe kuba umushikiranganji wa mbere nfatakibanza kw'italiki 27 z’ukwezi kwa kane.
Ayo mafranga yari agenewe ivyerekeye amagara y’abantu muri Uganda.
Abishwe bose kuri iryo shule bari abahungu.
Yatsenyuka yahoze ari umushikiranganji ajejwe imigenderanire, n’umushikiranganji ajewe ubutunzi.
Joh Kerry, yavuze ejo ku musi wa gatatu, kw’iryo tegeko rishasha rigayitse cane
Ikinyamakuru, The Red Pepper, casohoye urutonde rw’amazina y’abo bantu, n’amasanamu atari make.
Umushikiranganji nfatakibanza w’intwaro yo hagati, Arsen Avakhov, yatangaje isohorwa ry’izo mpapuro mw’itangazo ku kibanza ca Facebook, ejo ku musi wa mbere
Voma ibindi