Uko wahagera

Uburundi Bwahagaritse Amanama y'Amadini Gushika mu 2020


Umushikiranganji Pascal Barandagiye
Umushikiranganji Pascal Barandagiye

Mu Burundi umushikiranganji w'intwaro yo hagati aherutse kubuza amashengero n'amadini kugira inama rusangi cyangwa guhindura inzego nyobozi gushika amatora y'umwaka uza aheze.

Pascal Barandagiye amenyesha ko guhindagura inzego nyobozi bishobora gutera akajagari bigatuma ico " gikorwa gihambaye" kigorana gutunganywa.

Bamwe mu bashingwamanza basigura ko iyi ngingo ihonyanga ibwirizwa nshingiro n'ubwigenge bwa kiremwa muntu.

Inkuru yateguwe n'umumenyeshamakuru w'Ijwi ry'Amerika Eloge Willy Kaneza

Amashengero n'Amadini mu Burundi Ntivyemerewe Gukoresha Amana Imbere y'amatora yo mu 2020
please wait

No media source currently available

0:00 0:05:26 0:00


Facebook Forum

XS
SM
MD
LG