Uko wahagera

Burundi: Abasenyeri b'abakatolika, Bagendeye Impunzi


Musenyeri Justin Nzoyisaba

Inyuma y’urugendo Abasenyeri Katolika bari mw’ishrihamwe ry’Abenyeri bo muri Afrika yo Hagati, bagize kur' uno wa gatanu, abo basenyeri bagendeye inkambi y’abakongomani iri mu Ruyigi mu Burundi.

Uro rugendo rwari rufise intumbero yo gushigikira no kuremesha abantu b’iinyambukira, impunzi n’abatagira aho baba bemewe.

N'inkuru y'umumenyeshamakurumakuru w'Ijwi rya Amerika, Fidele Nsabimana ari mu Burundi.

Facebook Forum

XS
SM
MD
LG