Ku wa gatanu, Gicurasi 22, 2015 isaha yo mu karere 10:25

Amakuru mu Kinyarwanda

Ingwano Ikomeye mu Burundi

Ingwano Ikomeye Hafi y'Iradiyo y'Igihugu mu Burundi

Mu gisigara ca Bujumbura ingwano irakomeye hagati y’abasirikali bemera Prezida Petero Nkurunziza na Generali Godefroid Niyombare watangaje kuri uyu wa gatatu ko yahiritse ubutegetsi bwa Nkurunziza. Ibindi

Urwanda Ruratewe Amakenga n'Ukugene Ibintu Vyifashe mu Burundi

Urwanda rusaba abategetsid b’Uburundi gukora ibishoboka vyose kugira bagarukane amahoro mu gihugu Ibindi

 President Pierre Nkurunziza

Perezida Pierre Nkurunziza Azosubira Kwitoza

Kw’igenekerezo rya 25 ry’ukwezi kwa kane, niho umugambwe uri ku butegetsi CNDD FDD watangaza ko wagenyea President Pierre Nkurunziza mu kibanza c’umutegetsi azokwitoza mu matora y’umukuru ‘igihugu ategekanijwe mu kwezi kwa gatandatu Ibindi


Andi Makuru

Mu Burundi habaye ihinduka muri Reta.

Mu Burundi habaye ihinduka muri Reta. Alain Nyamitwe yaserukira Uburundi mu muryango w'Ubumwe bwa Afrika Addis Abeba yagenywe kuba umushikiranganji mushasha ajejwe imigenderanire y'Uburundi n'amakungu, asubiriye Laurent Kavakure.
Ibindi

Ingwano Ikomeye Hafi y'Iradiyo y'Igihugu mu Burundi

Mu gisigara ca Bujumbura ingwano irakomeye hagati y’abasirikali bemera Prezida Petero Nkurunziza na Generali Godefroid Niyombare watangaje kuri uyu wa gatatu ko yahiritse ubutegetsi bwa Nkurunziza.
Ibindi

Sentare Yemeje Ukwitoza kwa Nkurunziza

Mu Burundi, sentare yubahiriza Ibwirizwa Shingiro yemeje ko Prezida Nkurunziza ashobora kwitoza mu kindi kiringo mu kibanza c'umukuru w'igihugu.
Ibindi

Burundi: Igipolisi Cararshe Abantu Batatu Bari mu Myiyerekano

Ishirahamwe rijejwe gutabara, Croix Rouge mu Burundi ryemeje iyicwa ry’abo bantu batatu.
Ibindi

Urwanda Ruratewe Amakenga n'Ukugene Ibintu Vyifashe mu Burundi

Urwanda rusaba abategetsid b’Uburundi gukora ibishoboka vyose kugira bagarukane amahoro mu gihugu
Ibindi

Kerry Arasaba Uburundi Kubahiriza Ibyifuzo by'Abaturage

Leta Zunze Ubumwe z’Amerika ziravuga ko zikomeje guhangayikishwa n’icyemezo cya Prezida Pierre Nkurunziza cyo kwemera kongera kwiyamamariza umwanya w’Umukuru w’igihugu mu Burundi
Ibindi

Abapfasoni Batabawe muri Nigeria Bajanywe mw'Ikambi y'Impunzi

Umurwi w’abapfasoni n’abana amajana abiri na mirongo irindwi na batanu bajanywe mw’ikambi ya Malkoho mu ntara ya Yola aho bariko barafashwa.
Ibindi

ibyo kumva Burundi: Amahoro n'Umutekano Vyari Bisanzwe Bicumbagira Biregeramiwe

Ikibazo kiri imbere n'ugusubira kwitoza kwa prezida Pierre Nkurunziza
Ibindi

Ubwoba kw'Uburundi Buriko Buja mu Kajagari Butera Bwiyongera

Hari Impungene kw'ingingo zikandamiza abatavuga rumwe na Reta ziriko zitera ziyongera
Ibindi

Amaperereza

Hitamo

Follow Us

Video

Your JavaScript is turned off or you have an old version of Adobe's Flash Player. Get the latest Flash player.
Abantu ibihumbi biroshye mu mihanda y’I Bujumbura kwakira Perezida Petero Nkurunziza, nyuma y’uko kudeta yari imaze gupfuba. Tariki ya 15/03/2015i
X
15.05.2015 20:25
Perezida Nkurunziza yari yagiye mu nama muri Tanzaniya, ubwo Jenerali Godefroid Niyombare, wahoze ashinzwe urwego rw’ubutasi yatangaje ko akuyeho amukuyeho. Impamvu uyu mwofisiye yatanze ni uko Nkurunziza ashaka kwiyamamariza manda ya gatatu, ikintu abatavuga rumwe n’ubutegetsi bavuga ko kinyuranije n’itegeko nshinga. Kugaruka mu gihugu kwa Nkurunziza bibaye nyuma y’umunsi w’imirwano hagati y’impande ebyeri z’igisilikari zitabyumvikanyeho, n’ibyumweru byinshi bishize hakorwa imyigaragambyo ko kubuza perezida kwiyamamariza indi manda.
Videwo

Videwo Abantu ibihumbi biroshye mu mihanda y’I Bujumbura kwakira Perezida Petero Nkurunziza, nyuma y’uko kudeta yari imaze gupfuba. Tariki ya 15/03

Perezida Nkurunziza yari yagiye mu nama muri Tanzaniya, ubwo Jenerali Godefroid Niyombare, wahoze ashinzwe urwego rw’ubutasi yatangaje ko akuyeho amukuyeho. Impamvu uyu mwofisiye yatanze ni uko Nkurunziza ashaka kwiyamamariza manda ya gatatu, ikintu abatavuga rumwe n’ubutegetsi bavuga ko kinyuranij
Videwo

Videwo Joseph Kabila est venu encourager la RDC pour la demi-finale face aux Ivoiriens

Images de notre envoyé spécial sur place, Abdushakur Aboud