Abategetsi ba Reta ya Amerika batangaje kw’ivyo biganiro bizotangura, ejo ku musi wa kane, mu gisagara ca Doha, muri Emirat ya Qatar.
Abategetsi b’ibihugu umunani bikomeye kurusha ibindi kw’isi, mu vyerekeye ubutunzi, bararangije inama yabo, yamaze imisi ibiri, muri Irlande yo mu buraruko
Secreteri wa Departement ya Reta muri Amerika, John Kerry, yatangaje igenwa ryiwe, ejo ku musi wa kabiri
Ivyo vyatangajwe n'umukobwa wiwe, Zenani Mandela-Dlamini, Ambassadeur w’igihugu ca Afrika y’epfo, mu gihugu ca Argentine, ejo ku musi wa mbere
Ivyo umutegetsi w’idini atari itagondwa, Hassan Rowhani, yabitangaje, mu kiganiro yahaye abamenyeshamakuru, kuri televiziyo, ejo ku musi wa mbere,