Prezida Poutine Yemeje Ukwikukira kw'Intara Zibiri za Ukraine. Prezida wa Kenya William Ruto yivuguruje ku migenderanire n'Ubushinwa
Iwanyu mu Ntara (1100-1130UTC): Ni ikiganiro c’umwihariko, gishimikira ku makuru avugwa mu ntara zitandukanye z’Uburundi n’u Rwanda, kidasize inyuma ayavugwa mu makambi yahungiyemwo impunzi z’Abarundi muri Afurika y’ibiyaga binini n’Afurika y’ubuseruko.
Mu kiganiro cyacu turarebera hamwe aho u Rwanda ruhagaze muri iki gihe mu rwego rw'uburenganzira bw'umwana.
Uburundi bwuguruye imipaka ruhana n'u Rwanda. Urubanza rwa Felicien Kabuga yagirizwa ivyaha vya jenoside birabandanya. Muri Burkina Faso havugwa igishusha na Kudeta.
Amakuru ku Mugoroba (1730-1800 UTC): Amakuru ashyushye yo mu Rwanda, mu Burundi, muri Afurika no hirya no hino kw’isi. Aha tubaha n’ubusesenguzi ndetse n’ibisobanuro byihariye ku makuru agezweho.