gahunda y'itangazamakuru
06:00 - 06:30
18:00 - 18:29
Amakuru y'Akarere
Urwego rujejwe iperereza mu Rwanda, rwahagaritse umunyagihugu yagereranije igikorwa ca Reta co kwimura abanyagihugu no gukora Jenoside. Umwamikazi w’Ubwongereza azoshingurwa igenekerezo rya 19 uku kwezi. Amerika iribuka ku ncuro ya 21 abagera ku 3000 bahitanywe n’ibitero vy’abihevyi.