gahunda y'itangazamakuru
16:00 - 17:00
18:00 - 18:30
Amakuru y'Akarere
Sentare y'umuryango wa Afrika y'ubuseruko ivuga ko urubanza yaciye ikemeza ko ikiringo ca nyuma ca nyakwigendera Prezida Pierre Nkurunziza w'Uburundi cahonyanze amategeko rusanzwe. Muri Irani, abaturage bakomeje imyigaragambyo imaze iminsi 10 batitaye ku rugomo rw'inzego z'umutekano.
19:30 - 20:00
Amakuru ku Mugoroba
Abanyemategeko muri Repubulika ya demokarasi ya Kongo bareze Perezida Kagame w’u Rwanda muri sentare mpuzamakungu mpanavyaha Mu gisagara ca Goma mu ntara ya Kivu yo mu buraruko muri Repubulika ya demokarasi ya Kongo e hiriwe kandi imyiyerekano yo kwiyamiriza ingabo z'ishirahamwe mpuzamakungu ONU