Uko wahagera

gahunda y'itangazamakuru

13:00 - 13:30

Iwanyu mu ntara

Iwanyu mu Ntara (1100-1130UTC): Ni ikiganiro c’umwihariko, gishimikira ku makuru avugwa mu ntara zitandukanye z’Uburundi n’u Rwanda, kidasize inyuma ayavugwa mu makambi yahungiyemwo impunzi z’Abarundi muri Afurika y’ibiyaga binini n’Afurika y’ubuseruko.

16:00 - 17:00

Murisanga

Turabaha umwanya mutubwire amakuru avugwa aho muri arimwo aya prezida w’Uburundi yemeza ko hari akarwi k’ibihangange bimwegereye mu mugambwe wiwe bashaka gutembagaza ubutegetsi bwiwe. Umushikiranganji wa mbere Alain Guillaume Bunyoni yavuze ko hari abibaza ko yoba ari we Prezida Ndayishimiye yikeka

XS
SM
MD
LG