Abasivile 35 Bishwe na Mine mu buraruko bwa Burkina Faso. Abakozi babiri ba Ambasade y'Uburusiya Bishwe na Bombe i Kabul muri Afuganistani
William Ruto yemejwe kuba perezida wa Gatanu wa Kenya. Asimbuye Uhuru Kenyatta. Bamwe mu Barundi basanga ivyatangajwe na perezida Ndayishimiye kuri kudeta bifise intandaro mu kutumvikana ku migambi y’umugambwe uri ku butegetsi wa CNDD-FDD.
Muri Murisanga y'uyu munsi, twabatumiriye Umunyarwandakazi Umuziranenge Blandine, afite intego yo kugeza ku bagore n’abakobwa miliyoni 2 z'ibitambara bakoresha bari mu mihango. Ibyo bitambara, birameswa bigakoreshwa inshuro nyinshi aho kujugunwa.
Impunzi z'Abarundi muri Uvira zihangayikishijwe n’amafaranga zisabwa n'abashinzwe ubwubatsi. ONU ivuga ko abana barenga 700, bamaze gupfira ahatangirwa imfashanyo y'ibiribwa muri Somaliya. Abantu ibihumbi n'ibihumbi muri Cadi bahanganye n'imyuzure.
Liz Truss, yashikirije jambo ryiwe rya mbere abanyagihugu b'Ubwongereza. ONU yatangaje ko abana barenga 700 bamaze gupfira mu bibanza baronkeramwo imfashanyo y'ibifungurwa muri Somaliya. Burkina Faso: Bombe Yahitanye Abasirikare 35. Cadi Ihanganye n'Imyuzure y'Imvura.