Muri Somaliya, abanyagihugu bitwaje ibirwanisho barishe aba al shabab 45 babaciye imitwe. Ukraine iriko irazura ibiziga vyahambwe mu binogo rusangi mu gisagara ca Izium mu ntara ya Kharkiv.
Umwamikazi w'Ubwonegereza Elizabeti wa II ashingurwa uno munsi. Ikiganiro Iwanyu mu ntara c'uno munsi, gishimikira ku vya muranze
Umwamikazi w'Ubwongereza Elizabeti wa II ashingurwa uno munsi. Ikiganiro Murisanga c'uno munsi, gishimikira ku vya muranze
Umwamikazi w'Ubwonegereza Elizabeti wa II ashingurwa uno munsi. Amakuru y'uno munsi munsi, ashimikira ku vya muranze.