gahunda y'itangazamakuru
Iwanyu mu ntara
Urubanza rw’umucuruzi w'Umunyarwanda Kabuga Felicien uregwa ibyaha bya genocide yakorewe Abatutsi mu Rwanda muri 1994 rwatangiye La Haye mu Buholandi. Abaturage bo mu midugudu ya Kangondo na Kibiraro mu mujyi wa Kigali barashinja umucamanza uburanisha urubanza rwabo kurudindiza ku bushake.
Amakuru y'Akarere
Uburundi bwahagaritse ingendo zija mu gihugu ca Serbiya. Komisiyo y’uburenganzira bwa muntu, ifashwa na reta ya Etiyopiya ivuga ko ingabo zishinzwe umutekano zishe abasivile bagera kuri mirongo. Igihuhusi Ian cabiciye biracika muri Reta ya Florida, mu bumanuko bwa Reta zunze ubumwe za Amerika.
Amakuru ku Mugoroba
“Ndimbati” yatsinze ubushikirizamanza mu rubanza baburana. Umushingwamanza Sandra Ndayizeye, umukobwa w'uwahoze atwara Uburundi Domitien Ndayizeye aburanira muganga Christophe Sahabo apfungiwe mw'ibihero rikuru rya Mpimba. Prezida Ruto Yakase Miliyari 2 n’Igice z’Amadolari ku yo Reta Ikoresha