gahunda y'itangazamakuru
16:00 - 17:00
Murisanga
Mu Burundi bamwe mu bigeme bahimbaje umunsi wa Pasika bagaragaza ibikogwa vyabo vyo kwiteza imbere no guteza imbere abandi. Umuririmvyi Audrey Iteriteka yasohoye indirimwo nshasha yise “Kumusaraba”, uwundi ni Miss Fashion 2021 Vanessa Ishimwe yafashije abakenyezi batishoboye mu ntara ya Kirundo.
18:00 - 18:29
Amakuru y'Akarere
Urwego rwihariye rw'urukiko rukuru mu Rwanda rwimukiye ku Gisenyi kuhumvira abatangabuhamya mu rubanza rwa Wenceslas Twagirayezu. Perezida Alassane Ouattara wa Cote d'Ivoire yashyizeho visi-perezida mushya. Abantu bagera kuri miliyoni 20 bashobora kugarizwa n'inzara mw'ihembe ry'Afurika.