gahunda y'itangazamakuru
13:00 - 13:29
Iwanyu mu ntara
Umuyobozi mukuru wa Kiliziya y’Abanglikani, Musenyeri Justin Welby, yanenze gahunda y’ubufatanyanye y’Ubwongereza n’U Rwanda, igamije kwohereza mu Rwanda abijiye mu Bwongereza bashaka ubuhungiro ariko badakurikije amategeko. Musenyeri Welby yavuze ko iyo gahnda inyuranije n’ugushaka kw’Imana
18:00 - 18:30
Amakuru y'Akarere
Mu Burundi, bamwe ntibaratahura neza akamaro ko kwicandagisha Covid-19. Ico kibazo gifiswe na bamwe mu baganga. Abarenga 5 bahitanywe na misile Uburusiya bwateye mu gisagara ca Lviv muri Ukraine. Umuyobozi mukuru w'Abanglikani mu Bwongereza yanenze gahunda y’ubufatanyanye y’Ubwongereza n’U Rwanda