Ekleziya Katolika muri USA Yemeye kuriha imiriyoni zirenga $85 abakorewe amabi afatiye ku gitsina n'abapadiri bayo. Abanyetiyopiya Bipfuza kuja Gufasha Uburusiya kurwana muri Ukraine. Umusirikare w'Uburusiya Yahitanwe na Bombe yo mw'ibarabara muri Mali
Iwanyu mu Ntara (1100-1130UTC): Ni ikiganiro c’umwihariko, gishimikira ku makuru avugwa mu ntara zitandukanye z’Uburundi n’u Rwanda, kidasize inyuma ayavugwa mu makambi yahungiyemwo impunzi z’Abarundi muri Afurika y’ibiyaga binini n’Afurika y’ubuseruko.
Murisanga (1400-1500 UTC): Amasezerano yashyizweho umukono hagati ya za Leta z’Ubwongereza n’u Rwanda yo kohereza mu Rwanda, abimukira binjira ku butaka bw’Ubwongereza mu buryo budakurikije amategeko akomeje kutavugwaho rumwe. Ikiganiro Murisanga cya none kiribanda kuri ayo masezerano.
Leta y'u Rwanda iratangaza ko iri mu biganiro n'igihugu cya Danemark byo kohereza impunzi mu Rwanda. Abakuru ba EAC bahuriye i Nairobi muri Kenya, kugirango baganire ku kibazo cy’umutekano wo mu burasirazuba bwa Repubulika ya Demokarasi ya Kongo.
Muri Uganda, uyu munsi leta yimuye Abakongomani bagera ku gihumbi. Kuri uyu wa kane, umukuru w’igihugu cya Kenya, Uhuru Kenyatta, yagiranye inama na bagenzi be bane muri batanu kuri barindwi b'akarere ka EAC