Muri Repubulika ya demekorasi ya Kongo, umusirikare yishe arashe abaturage barindwi akomeretsa abandi benshi. Uwo musirikare yari mu ngabo za leta zirwanira mu mazi ahitwa Kazimiya muri teritware y’a Fizi intara ya Kivu y’epfo.
Ibyiciro
-
18-08-2022
Iwanyu mu ntara
-
17-08-2022
Iwanyu mu ntara
-
16-08-2022
Iwanyu mu ntara
-
15-08-2022
Iwanyu mu ntara
-
12-08-2022
Iwanyu mu ntara
-
11-08-2022
Iwanyu mu ntara