Radio
19:30 - 19:59
Amakuru ku Mugoroba
Ingingo zigize amakuru yo kuri uno mugoroba: Mu Bufaransa, sentare gasamburamanza yiteguriye gufata ingingo ya nyuma ku rubanza rw'indege y'uwahoze ari umukuru w'igihugu c'u Rwanda Juvenal Habyarimana Mali vyayinaniye kuriha amadeni, bivuye ku bihano ico gihugu cafatiwe na CEDEAO.