Abaharanira uburenganzira bwa muntu muri Uganda baridogera integuro y’itegeko rizofata ibihano abanka gucandagwa mu gihe c’ibiza vy’ingwara. Paul-Henri Sandaogo Damiba, yemejwe n’akanama gahagarariye ibwirizwa shingiro ko ari perezida wa Burkina Faso
Inkubiri y'ihirikwa ry'ubutegetsi muri Afurika yongeye kubura muri iyi minsi. Biraterwa n'iki?
Mu kiganiro 'Murisanga' cy'uyu munsi turaganira n'abahagarariye ishyirahamwe ry'abanyamwuga b’abashoferi batagira umupaka “Cooperative des Chauffeurs Professionnels Sans Frontieres”, CPSF, Bakorera mu Burundi bakaba barishyize hamwe ngo bashake umuti w'ibibazo bahura nabyo mu kazi kabo.
Leta zunze ubumwe z'Amerika yahaye Uburundi imfashanyo ya Miliyoni $400. Iyo mfashanyo izakoreshwa mu byerekeye uburezi n'ubuvuzi
Amakuru ku Mugoroba (1730-1800 UTC): Amakuru ashyushye yo mu Rwanda, mu Burundi, muri Afurika no hirya no hino kw’isi. Aha tubaha n’ubusesenguzi ndetse n’ibisobanuro byihariye ku makuru agezweho.