Radio
Amakuru y'Akarere
Ingingo zigize amakuru yo mu karere: Mu Burundi hakoraniye inama yo kurwanya ikwirakwira ry’ibirwanisho bito bito bicira umuriro mu bihugu 15 vy’akarere k’ibiyaga binini. Umuhungu wa Colonel Kaddafi yitwa Seif al-Islam yandikishije kandidatire yiwe mu matora y'umukuru w'igihugu ya Libiya ateganyijwe mu kwezi gutaha.
Amakuru ku Mugoroba
Ingingo zigize amakuru yo ku mugoroba: Umuhungu wa Colonel Kaddafi witwa Seif al-Islam yatanze kandidatire ye baziyamaza amatora y'umukuru w'igihugu cya Libiya, ateganyijwe mu kwezi gutaha. Abaganga muri Sudani batangaje uyu munsi kuwa mbere ko abandi bantu 2 bapfiriye mu bitaro nyuma yo gukomeretswa n’amasasu mu myigaragambyo yabaye ku cyumweru, Urukiko rukuru rw’ubucuruzi mu Rwanda, rwaburanishije urubanza mu mizi hagati y’uruganda rw’itabi rwa Nyakwigendera Assinapol Rwigara na banki y’ubucuruzi ya Cogebank.