Uko wahagera

Abasirikare b'Abarundi Batazwi Igitigiri Boba Barishwe na Al Shabab


Abasirikare b'Abarundi bo mu ngabo za Amisom muri Somaliya i Mogadishu

Abasirikare b'Abarundi bari mu ngabo za AMISOM muri Somaliya bataramenyekana igitigiri boba baraguye mu gitero c'intagondwa za Al Shabaab mu mpera z'iyi ndwi irangiye cabereye hagati na hagati mu karere ka Shabelle.

Mw'itangazo washikirije, umuhari wa Al Shabaab uvuga ko i ruhande y'abasirikare b'Abarundi hari n'abandi bategetsi ba Somaliya bagera kuri babiri wishe muri ico gitero nyene.

Umuvugizi w'ingabo z'Uburundi muri Somaliya aremeza ko habaye ugutana mu mitwe mugabo ntahakana canke ngo yemeze aya makuru.

Ido n’ido ni inkuru yateguwe n’umumenyeshamakuru w’Ijwi ry’Amerika i Nairobi, Eloge Willy Kaneza.

please wait

No media source currently available

0:00 0:01:53 0:00


Facebook Forum

XS
SM
MD
LG