gahunda y'itangazamakuru
Amakuru mu Gitondo
Kuri iki cyumweru, i Bukavu, umurwa mukuru w'intara ya Kivu y'Epfo muri Repubulika ya Demokarasi ya Congo, ejobundi ku wa gatanu abaturage biriwe mu myigaragambyo yo kwamagana amabi y'intambara zagwiririye uburasirazuba bw'igihugu cyabo kuva mu 1993 kugera mu 2003. Na none ku wa Gatanu w'icyumweru dushoje wari umunsi mpuzamahanga wagenewe abageze mu za bukuru. Uyu munsi wasanze impunzi z'Abarurundi ziri muri icyo kiciro mu nkambi ya Nduta iri muri Tanzaniya zugarijwe n’ibibazo
Amakuru y'Akarere
Ingingo nkuru z'amakuru yo kuri uno mugoroba: Ku wa kane w’ino ndwi, aha muri Amerika mu gisagara ca Dallas muri Leta ya Texas hazokoranira inama ifatwa nk'igitarurwa gihuza abacuruzi b'imigabane y'Afurika n'Amerika. Mu yagezweho kw'isi, Aljeriya yihanikirije indege zegukira igisirikare c’Ubufaransa kugurukira ku butaka bwayo.