gahunda y'itangazamakuru
05:30 - 06:00
18:00 - 18:29
Amakuru y'Akarere
Mu Burundi kolera yateye i Bujumbura no mu ntara ya Cibitoke. Ubushinwa bwiyamirije imigambi mishasha yashizweho n’ibihugu bimwe kuri COVID-19, isaba abagira ingendo b’abashinwa kwipimisha, buvuga ko iyo migambi idafatiye ku bumenyi. Burkina Faso yavumbuye ibiziga vy’abagabo 28 bicishijwe amasasu.
19:30 - 19:59
Amakuru ku Mugoroba
Icamamare mu mupira w'amaguru Pele yashinguwe uyu munsi kuwa Kabiri muri Brezile. Perezida wa Tanzaniya yakuyeho ingingo yabuza imigambwe kugirisha amakoraniro yari yafashwe na John Magufuli yahoze atwara Tanzaniya. Mu Bwongereza, abakora mu bijyanye na za gari ya moshi bari muri yegereyegere.