gahunda y'itangazamakuru
Iwanyu mu ntara
Nijeriya: Abatavuga rumwe n’ubutegetsi ntibemera ibyavuye mu matora RDC: Muri Kivu ya Ruguru abadepite barasaba perezida kwakira inama zabo ku byerekeye kugarura amahoro Amashyirahamwe aharanira uburenganzira bw’abagore muri Kongo aravuga ko abagore barenga 100 bafashwe ku ngufu muri Rutshuru
Amakuru y'Akarere
Abatwa bo mu karere ka Kisoro, mu burengero bwa Uganda, Bavuga ko birengagijwe na reta yabirukanye ku butaka bwabo. Umurwi utunganya amatora muri Nijeriya wemeje intsinzi ya Bola Tinubu. Perezida w'Ubufaransa, Emmanuel Macron, yatanguye urugendo rw'imisi itanu mu bihugu bine vya Afrika yo hagati.
Amakuru ku Mugoroba
Prezida Paul Kagame w'u Rwanda yabeshuje amakuru avuga ko Leta Kongo iriko isaba ubufasha bwo gutera u Rwanda. Amnesty International yatanguje isekeza ryo gusaba irekurwa ry'umumenyeshamakuru Floriane Irangabiye. Umurwi utunganya amatora muri Nijeriya watangaje ko Bola Tinubu yegukanye intsinzi.