gahunda y'itangazamakuru
Amakuru mu Gitondo
Abamaze guuhityanwa n'imbeho muri Amerika bageze ku 60. Amazu 170 yo muri karitiye Kibenga, zone Kinindo mu gisagara c’ubutunzi Bujumbura ni yo yatewe n’amazi y’uruzi Kanyosha rwataye inzira kuri uno wa mbere. Abayobozi muri Sudani y’epfo, baravuga ko abantu 56 baguye mu bushyamirane bw’amoko.
Iwanyu mu ntara

Amakuru y'Akarere
Papa wacyuye igihe, Benedigito, ararembye. Abarundi baba mu nkambi y’impunzi ya Lusenda barasaba HCR kubaha amahema mashya yo kuraramo. Ukraine iragiriza Uburusiya ko bwarashe za misile mu bibanza vy'igisivile mu gisagara ca Kherson kiri mu bumanuko bw’igihugu uno musi ku wa gatatu.