gahunda y'itangazamakuru
Iwanyu mu ntara
Umuyobozi w'umuryango w'Afurika yunze ubumwe asaba USA gufasha gukemura ikibazo cy'iterabwoba nk'uko ibikora ku bindi bihugu. Mu Burundi, abarenga ibihumbi 3 bo muri zone ya Kizuka muri komine ya Rumonge bavanwe mu byabo n’ imvura.Inyeshyamba za ADF NALU ku wa kabiri zagabye igitero muri Uganda.
Murisanga
Inama y'abayobozi ba Afurika na USA irabandanya kubera i Washington DC muri Amerika. Muri Murisanga y'uno munsi, Umumenyeshamakuru Auriane Itangishaka, yatumiye Emile Uwezowamungu, umwe mu rwaruka rwo mu Burundi rwitabiriye iyo nama. Baragaruka ku ntererano y'urwaruka mw'iterambere rya Afurika.
Amakuru y'Akarere
Inama ihuza abayobozi ba USA na Afrika iriko ibera i Washington D.C igeze ku musi wayo wa kabiri. Abaserukira amashirahamwe aharanira inyungu z’abanyagihugu baratumiwe muri iyo nama. Abanyetiyopiya bagiriza ikigo, Meta, cabaye Facebook, imvugo zibiba urwanko. Murumva n'ikiganiro Bungabunga ubuzima