gahunda y'itangazamakuru
18:00 - 18:29
Amakuru y'Akarere
Hano muri Amerika, amasimbi n'ubukonje bwinshi bikomeje guhangayikisha abantu, cyane abakora ingendo z’indege. Hari aho amasimbi yaguye yageze kuri sentimetero 30. Batatu barimo umuganga barashwe n’abataramenyakana mu ntara ya Kivu y’epfo. Muri Kenya babiri baraye bishwe n’abagwanyi ba al-Shabab.
19:30 - 19:59
Amakuru ku Mugoroba
Umubare w’abantu bamaze guhitanwa n’ubukonje, ruvanze n’amasimbi ndetse n’umuyaga mwinshi umaze kugera kuri 27 muri leta ya New York. Muri Kenya babiri baraye bishwe n’abagwanyi ba al-Shabab. Abategetsi ba Reta ya Etiyopiya bashitse, uno musi ku wa mbere, ku murwa mukuru w'intara ya Tigreya,