gahunda y'itangazamakuru
04:30 - 05:00

Ejo
Ejo ni ikiganiro cy'iminota 30 gitegurwa n'urubyiruko rwo mu Rwanda, kibanda ku bibazo binyuranye ruhura na byo. Ibyo birimo kwihangira imirimo, guteza imbere umuco wo kuganiro mu cyubahiro, no gushimangira ubumwe n'ubwiyunge mu karere k'ibiyaga bigari by'Afurika.
18:00 - 18:30
Amakuru y'Akarere
Amakuru y'Akarere (1600-1630 UTC): Ihembe ry’Afurika ryugarijwe n’ubugararwa ONU ivuga ko bushobora kuzotera ikigoyi abantu baharurwa mu mariyoni 20. Ukraine iriko iragerageza guhungisha abana, abagore n’abageze mu za bukuru baheze mu gisagara ca Mariupol kigenzurwa n’Uburusiya.
Presenter: