gahunda y'itangazamakuru
05:30 - 05:59
Amakuru mu Gitondo
Muri Kongo, Jenerali Kapapa yagirizwa ivyaha birimwo ubwicanyi no kunyuruza abantu yatawe muri yompi. Isirayeri na Hamas vyagirizanya ububisha ku bitaro binini vyo muri Gaza. UK iravuga ko igitigiri kinini c’abarwanyi b’abacangero bo mu murwi wa Wagner binjiye mu nzego z’umutekano z’Uburusiya.
16:00 - 16:59
18:00 - 18:29
19:30 - 19:59
Amakuru ku Mugoroba
Muri Kongo, abanyeshuli 400 bo muri za kaminuza zo mu mujyi wa Goma bagiye I Kisangani gutangira imyitozo ya gisirikare yo kwitegura kujya ku rugamba. Suella Braverman wari minisitiri w’ubutegetsi bw’igihugu mu Bwongereza yakuwe ku mwanya we. Intagondwa z’umutwe wa ADF muri Kongo zishe abantu 19.