Muri Kongo, abanyeshuli 400 bo muri za kaminuza batangiye imyimenyerezo ya gisirikare. Abarwanyi b'abayislamu baraboshe abantu 19 babicisha imipanga mu buseruko bwa Kongo. Isirayeli itangaza ko irekurwa ry’abantu bagizwe imbohe abaribo bose bizoba bivuye ku kuremera umurwi Hamas.
Ibyiciro
-
22-06-2025
Amakuru y'Akarere
-
21-06-2025
Amakuru y'Akarere
-
15-06-2025
Amakuru y'Akarere
-
14-06-2025
Amakuru y'Akarere
-
08-06-2025
Amakuru y'Akarere
-
07-06-2025
Amakuru y'Akarere