Mu kiganiro c’uyu musi, turaganira n’abapfasoni bo mu Burundi ushigikiwe n’igisata c’ishirahamwe mpuzamakungu mu ONU FEMME gifatanije n’ishirajamwe AJAP. Uyo mugambi rero ahanini ufasha abapfasoni n’abakenyezi gukomera ku rugamba rwo guharanira amahoro no gutsimbataza ubumwe