Radio
18:00 - 18:29
Amakuru y'Akarere
Mu Rwanda, iduga ry'ibiciro ku masoko yo mu gihugu bihangayikishije abanyagihugu. Abaserukira inama nkenguzamateka z’ibihugu 35 vy’Afrika n’ivy’Abarabu, bari mu Burundi baganira ku ngaruka z’ikiza c’umugera wa Korona n’intambara hagati ya Ukraine n’Uburusiya ku butunzi bw’ivyo bihugu.
19:30 - 19:59
Amakuru ku Mugoroba
Abakuru b'ibihugu vyo kw’isi yose batanguye inama rusangi ya 77 y'ishirahamwe mpuzamakungu ONU i New York. Mu Burundi hakoraniye inama y’abaserukira inama nkenguzamateka z’ibihugu 35 vya Afrika n’ibihugu vy’Abarabu. Umwitwarariko w’Abarundi baja gukorera muri ivyo bihugu, ntiwibagiwe