Umuhari w'abarobeli ba TPLF wemeza ko witeguye kuganira na reta ya Etiyopiya. Ubushinwa buragaya ibihano ibihugu vyo mu burengero vyafatiye Uburusiya.
Uganda imaze kwirukana Abanyekongo bagera ku bihumbi 20 bahungiye muri icyo gihugu ariko bakanga kujya mu nkambi. Umunyarwada wagereranije gahunda yo kwimura abaturage muri Kangondi na jenoside yatawe muri yombi.
Turagaruka ku kibazo cy’ingurane ku baturage bimurwa ku mpamvu z’inyungu rusange cyangwa z’umutekano wabo. Turibanda ku kureba uko bikorwa, impamvu bikunda kubyara amakimbirane, n’icyakorwa kugira ngo no mu gihe kizaza hatavuka ibibazo nk’ibyagaragaye mu myaka ishize. Wowe ubibona ute?
Umwaka w'ishure mu Burundi watanguye mu bibazo vy'ibikoresho n'ubwinshi bw'abanyeshure mu masomero. Tanzaniya yongeye gusubukura gahunda yo gucyura impunzi z’Abarundi. Ingabo za Tigreya zigiye guhagarika ingwano kugira ngo zitabire ibiganiro.
Uburundi Bwafuse Urwego rw'Abashingantahe. Kenya Yatanguye Gupima Corona na Malariya Ikoresheje Ibikoresho Yikoreye. UK: Umwami wa III Yashikirije Ijambo Ryiwe rya Mbere.