Radio
05:30 - 05:59
16:00 - 16:59
Murisanga
Murisanga (1400-1500 UTC): Ikiganiro, Murisanga, c’uno musi turavuga ku ntambara muri #Ukraine iriko igira ingaruka zikomeye ku butunzi na politike kw’isi, bifatiye ku biciro biri hejuru cane vy’amasoko ntanganguvu n’ibifungurwa, n’ukugene iriko irahungabanya kandi amahoro n’umutekano kw’isi.
19:30 - 20:00
Amakuru ku Mugoroba
Amakuru ku Mugoroba (1730-1800 UTC): Visi Prezida wa USA Yabonanye na Prezida wa Tanzaniya Urwego rwa reta CNC rucungera ingene ibimenyeshamakuru n’amaradiyo bikora mu #Burundi ruragabisha abamenyeshamakuru ruvuga ko bacafuza igihugu. Ku bwa CNC, abo ni abavuga ibitagenda neza vyonyene.